Canco Hamissi yaratahukanye ubushimwe mpuzamakungu
Imbere yuko yitaba Imana, Canco Hamisi yakoze ibikorwa bikomeye kandi vyatanze ishusho nziza ku gihugu. Mu bikorwa vyiza yakoze ni nko guserukira Uburundi mu mahiganwa atandukanye aho harimwo n’ayo...
View ArticleNg’iki ikintu umuririmvyi Bwana on’ka yipfuza gushikako muri Rap yo mu Burundi.
Bwana on’ka kubwiwe ngo ntagusubira inyuma muri uno mwaka akaba agiye gushira ahabona indirimbo yiwe ya mbere mu misi. Bwana on’ka umuririmvyi akiri munshasha azwi ku mazina nka NDUWAYO Eric izina...
View ArticleAbaririmvyi bamwe ngo bazingamitswe n’ukutagira ubumenyi mu muziki
Umuziki ndundi ngo uzingamitswe na vyinshi, ku ruhande rw’abaririmvyi ngo hari impamvu 5 nyamukuru umumenyeshamakuru Christian Nsavye na mugenziwe Alain Nova bashikirije, mu gihe mugenzi wabo Patrick...
View ArticleMu bigize Logos ya Bantu Bwoy harimwo abami
Big fizzo ngo abamenyeshamakuru ntibari bwamubaze ico ijambo Bantu Bwoy risobanura, mbere n’ico Logos y’iyo nzu y’ubuhinyanyuzi yashinze isigura. Mu kiyago yagiranye na Landry yamenyesheje ikimenyesto...
View ArticleBidondo yavuze impamvu yari gufasha Lolilo gusa
Bidondo ngo iyaja kuba umumenyeshamakuru ngo nta wundi muririmvyi yari gushira imbere atari Lolilo, ivyo akaba aheruka kubiyagira imboneshakure ya hano iwacu. Mu kiyago na Buja Hit, Bidondo...
View ArticleBreaking News | Leonard Niyomwungere yitavye Imana azize ikiza ca Corona Virus
Leonard Niyomwungere asanzwe azwiko indirimbo zitari nke, zashitse ku mutima abarundi batari bake ngo yitavye Imana nkuko amakuru abandanya ava mu gihugu ca Canada iyo yarasanzwe aba muri kino...
View ArticleBig Fizzo ati : “Umwami ni Yezu wenyene ntawundi atari Imana abandi turi musi...
Bantu Bwoy mu giteramo bateguye caraye kibereye i Ngozi citabiriwe n’isinzi ry’abakunzi b’umuziki ndundi. Hari kuri uno wa Mungu wa Pasika igenekerezo rya 12 Ndamukiza aho hari igiteramwo mu ntara ya...
View ArticleSat-B yerekanye indirimbo yamwinjirije menshi ariko ntiyavuga amahera yinjije
Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, Sat-B aheruka gushikiriza ko indirimbo yiwe nshasha Izina ariyo ndirimbo yamwinjirije amafaranga atari make ku rubuga rwiwe rwa Youtube. Iyo ubu twandika ino...
View ArticleMonna Walda yavuze abakobwa 4 arabirako cane mu bikorwa vyiwe vy’umuziki
Monna Walda abo arabirako cane muvy’umuziki wiwe ngo ntibari hafi, ariko ngo bamwe barahari hano muri kano karere Ubundi buherereyemwo. Muribo ngo harimwo 2 abo nabo b’abigeme kandi bose babarizwa muri...
View ArticleNg’ubu ubutumwa Aimé Loveness yahoze muri Mirrow Team yahaye abakunzi...
Amajambo atanyegeje namba niyo yuzuye buno butumwa we yise Ikete kubakunzi b’umuziki, aho yanditse amajambo maremare nawe akaba ari Aime Loveness umwe mubasore bafise impano kandi ubona ko agerageza...
View ArticleB-Face ntiyasigaye inyuma mukugira icavuze ku majambo ari mu ndirimbo ya Sat-B
Indirimbo y’Umuririmvyi Sat-B yise IZINA n’imwe mu ndirimbo yateye uruhagarara bivuye ku majambo ari mur’iyo, amajambo yatumye benshi bagira ico bavuze binatuma hariho n’abipfuza ko iyo ndirimbo yohava...
View ArticleR Flow arashira ahabona amasanamu ya “Mungu Kwanza”
Ijambo Mungu kwanza ryari rigize igihe riboneka ku mbuga ngurukanabumenyi z’umuririmvyi R Flow ryahavuye ribonekamwo indirimbo, iyo ikaba iza gushirwa ahabona kuri uyu wa 16 ndamukiza isaha zitandatu...
View ArticleIndirimbo ya Fortran Bigirimana na Gentil Misigaro buca ishirwa ahabona
Inyuma yaho Fortran Bigirimana yerekaniye ko hari igikorwa ariko arakorana n’umunyarwanda Gentil Misigaro nawe asanzwe akora indirimbo zihayagiza Imana, uwo muririmvyi w’umurundi akorera ibikorwa vyiwe...
View ArticleAlvin ngo niwe yatanguye gukora indirimbo ya Corona Virus abandi baramwiganye
Alvin Smith ngo abaririmvyi bari bakwiye kumenya ko ubutumwa bwabo bushika kure, nico gituma ubutumwa bujanye n’ukwirinda n’ukwikingira Corona Virus yashimye kubucisha mu ndirimbo. Mu kiyago na Siren...
View ArticleFabelove arashikiriza iciyumviro co kuvuga amazina y’abaraperi muri Challenge...
Inyuma yaho hakorewe indirimbo Godzilla igatangwa nka Challenge Fabelove nawe agakora iyo yise Master. Yasiguye neza impamvu nawe yayigize Challenge ku baririmvyi ndundi basanzwe bakora umudiho wa RAP....
View ArticleYoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020
Abakunzi b’umuririmvyi Yoya Jamal ngo ni babandanye bihangane, ariko ikiza ca COVID 19 ngo nicava mu nzira ibikorwa bizoca bibandanya nkuko yari yabiteguye. Mu migambi yarafise uwo muririmvyi abarizwa...
View ArticleKook k agiye gusubira kugaruka mu muziki
Akandi karirimbo gashasha tutarabasha kumenya uburyo kazoba kitwa niko gashobora gushirwa ahabona umwanya n’umwanya gakozwe na Kook-k. Ivyo akaba yavyerekanye akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook aho...
View ArticleIry Tina buca ashira ahabona akaririmbo kuri uyu wa 5
Inyuma y’igihe asa n’uwuri mu gacerere, umuririmvyikazi Iry Tina yamenyesheje ko akaririmbo kiwe gashasha kazoshirwa ahabona kuri uyu wa 5. Ubwo butumwa bukaba bwatanzwe n’uwo muririmvyi nyene aho...
View ArticleJackson Yusuph niwe muririmvyi mushasha wa db Music agiye kuboneka cane muri...
Inyuma yo kuba Umuririmvyi wa Burundian Diaspora muri Leta z’unze ubumwe z’Amerika ariwe Don Brighter ashiriyeho Label yo kugira ashigikire bamwe mubaririmvyi ba Diaspora bafise impano ariko bigora...
View ArticleAbambitse ibara Sat-B kubera indirimbo Izina, abasaba kumusaba imbabazi
Indirimbo Izina uno musi imaze kurabwa n’abarenga 67 700 ku muhora wa Youtube, kandi ikaba indirimbo yinjirije Sat-B amafaranga menshi gusumba izindi, ngo muriyo ubutumwa burimwo yashatse gukebura...
View Article