Bwana on’ka kubwiwe ngo ntagusubira inyuma muri uno mwaka akaba agiye gushira ahabona indirimbo yiwe ya mbere mu misi. Bwana on’ka umuririmvyi akiri munshasha azwi ku mazina nka NDUWAYO Eric izina yahawe nabavyeyi izina avugako abenshi batarimenya haba ahasazwe aba ngo ugiye urivuga ntiwomuronka muri karitiye ariko uvuze Bwana on’ka womutora bitarinze kukugora. Uwo muririmvyi […]
↧