Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Abaririmvyi bamwe ngo bazingamitswe n’ukutagira ubumenyi mu muziki

$
0
0
Umuziki ndundi ngo uzingamitswe na vyinshi, ku ruhande rw’abaririmvyi ngo hari impamvu 5 nyamukuru umumenyeshamakuru Christian Nsavye na mugenziwe Alain Nova bashikirije, mu gihe mugenzi wabo Patrick Paggio yabashigikira mu kubija mu mizi ivyo bibazo. Kimwe muri ivyo bibazo ngo n’ibura ry’ubumenyi mu baririmvyi, abo baririmvyi bamwe ngo barafise Ingabire n’indoto ariko ubumenyi ni buke. […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles