Big Fizzo ngo ntashaka Collabo yoba nk’iya Sat-b na Meddy canke iya Natacha...
Ku bagize igihe babaza impamvu Big Fizzo adakorana ama Collabo n’ibihangange mu muziki mu karere, yatanze umuco. Kubwiwe ngo ntashaka gutakaza amahera, umwanya n’inguvu ngo akorane n’umuntu...
View ArticleB Face yise aba Rappeur batamwerekwa imbwa, kandi ngo ntaco abashakako
Abakora umudiho wa Rap bamwidogera ngo n’uburenganzira bwabo, ariko ico bari bakwiye kumenya nuko agerageza gukora ico ashoboye mu gushigikira abakiri hafi, kandi ngo ntashobora kunezereza bose Atari...
View ArticleBig Fizzo ngo imbere y’urwo rubatse ngo yarigeze kwubaka urundi rwamaze igihe...
Big Fizzo ngo kwemera gushira umupfasoni mu nzu ngo biva ku bintu 3, ishaka ukwizera n’ubushake kandi n’ingingo buri muntu ategerezwa kwifatira wenyene ubwiwe. Kandi ngo s’umuririmvyi gusa naho bo...
View ArticleAlvin ngo nta mugambi afise w’ama Beef na Olegue kandi ata nico yinjiza
Alvin Smith aho ageze ngo s’aho gukinisha nico gituma ivy’ama Beef ataco yinjiza ngo muri uno mwanya atabiha ikibanza. Ivyo akaba yavyishuye mu kiyago aheruka kugirana n’imwe mu mboneshakure za hano...
View ArticleFleury na Janet ntabagikoze ubukwe nkuko vyari vyateguwe
Ubukwe bw’umuhinyanyuzi w’umurundi akorera I Kigali, Fleury Ndayirukiye azwi cane nka Fleury the Legend ngo ntibukibaye kuri uyu wa mungu igenekerezo 20/12 nkuko vyari vyateguwe haraheze imisi itari...
View ArticleNziza Desire yavuze ku mukagato w’amafaranga yakoresheje ku bugeni bwiwe
Ubugeni bwa Nziza Desire buheruka gukorerwa hano iwacu ngo bwamutwaye amafaranga Atari make. Uwo muririmvyi akaba n’umwanditsi wa “Rukundo Virus”, yatanze impamvu bwakozwe n’igifovya c’amafaranga kuri...
View ArticleKomanda yinjiye mu gitigiri c’abahowe indyane zirangwa hagati ya Big Fizzo na...
Kuba yarinjiye mu masanamu y’indirimbo ya Sat-b, ngo vyatumye Komanda asa nk’uwubaye igicibwa mu mugwi w’abahabwa ibiraka bitandukanye n’umuririmvyi bahanganye, Big Fizzo. Umukinyi w’amareresi atwenza...
View ArticleAba Diaspora ngo baragisibije muri ino misi
Aba Diaspora ngo baragisibije hano I Bujumbura muri ino misi, ivyo n’ibishikirizwa na bamwe mu ncuti z’abafise abakunzi muri abo barundi baba hakurya y’amazi. Ivyo bikaba bivugwa bisunze ko ngo...
View ArticleUmukunzi wa DJ Ira ntakibarizwa I Kigali
Amajambo y’umunezero uvanze n’umubabaro niyo yaranze igice ca Story ca Instagram y’umu Dj w’umurundi, Dj Ira, abarizwa mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Ayo majambo yashizwe kuri urwo rubuga ku musi wa...
View ArticleAbavyeyi b’umukunzi wa Alvin babonye umukwe wabo kuri Noheri
Mu gihe igenekerezo rya 25/12 igice kitari gito c’ababa kw’isi baba bariko bahimbaza ivuka ry’akana Yezu, Noheli, Iwabo n’umukunzi wa Alvin bari baramutse babona umukwe. Alvin Smith ngo bagiye...
View Article