Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Bidondo yavuze impamvu yari gufasha Lolilo gusa

$
0
0
Bidondo ngo iyaja kuba umumenyeshamakuru ngo nta wundi muririmvyi yari gushira imbere atari Lolilo, ivyo akaba aheruka kubiyagira imboneshakure ya hano iwacu. Mu kiyago na Buja Hit, Bidondo yamenyesheje ko umuririmvyi yari gushira imbere mu kumumenyekanisha iyo aza kuronka amahirwe yo kuba umumenyeshamakuru, ngo yari kuba Lolilo gusa. Abajijwe impamvu, Bidondo yamenyesheje ko ari kubera […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles