Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Kidum, Bernice the Bell na Andy Mwag baraza guteramisha abantu biciye ku...

Mu gihe Corona-virus isinzikaje isi, igatuma ibihugu bitandukanye bisaba abenegihugu kuguma biyugaranye ata gusohoka, ibiteramo, ama Karaoke, canke amahuriro atandukanye agahagarikwa mu bihugu birimwo...

View Article


Preeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura

Preeze ngo abamuririmba ngo ntaco biba bitwaye kuko s’aba mbere babikoze, ariko we ngo nta mwanya agira wo kubishura. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano...

View Article


David ngo ntiyahagaritse umuziki, yahinduye uburyo awukora

David Nduwimana ngo ntiyahagaritse umuziki ariko icabaye nuko yahinduye uburyo akoramwo umuziki gusa, n’ayahandi ibikorwa ngo biracakorwa ukuri kwamye. Mu kiganiro n’imboneshakure yo mu gihugu kibanyi...

View Article

Chany Queen niwe yateturuye Sat-b vyamuyangaranye

Sat-b ngo uwo yoshira imbere ko yagize ico amufasha mu muziki ngo ni Chany Queen, kuko yamukuye ku nzira amaze igihe arindiriye umuririmvyi ngo amufashe mu ndirimbo ariko akamubura. Mu kiganiro na Ami...

View Article

Davido yakoranye indirimbo na Nick Minaj

Mu gihe isi yugarijwe n’ikibazo ca COVID-19, Davido we ntiyicaye kuko abandanya akora nkuko bibandanya biboneka mu bikorwa ashira ku mbuga ngurukanabumenyi. Inyuma y’indirimbo aheruka gushira ahabona...

View Article


Dieudonné Nahimana naho yahisemwo Sat-B yemeza ko Big Fizzo ageze kure

Mu gihe Big Fizzo abandanya kwidogera ikinyamakuru Jimbere avuga ko bariko baramucafuza mu kumugereranya n’abandi, umwe mu bariko bitoreza kuba umukuru w’igihugu we avuga ko uwo muririmvyi ageze kure...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Mista Champagne ngiyi indirimbo ashobora gusohora

Mumajambo yanditse ahayagiza Afurika ko nimba bariko batangariza Afurika ko Corona yoba igiye kuzanana ingumvu nyinshi atangorane ihari kuko bo Muri Afrika barasenga kandi ngo nimba barabonye imiti ya...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Masterland iki nico asaba abakunzi b’umuziki wa hano mu Burundi

Inyuma yaho hagiye haraboneka amajambo asa nayagoye mundirimbo za bamwe mu baririmvyi ba hano iwacu, umuririmvyi Masterland we asaba ko amwe mu majambo agoye bumva abagora gutahura hako bayaririmba...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kaya yavuze kuri Album nshasha hamwe n’amasanamu y’indirimbo nshasha

Kaya Freedom ngo naho Corona Virus yamufatiriye, bigatuma aguma i Kigali imisi irenze iyo yari yateguye, ntiyicaye kuko yabandanije akorera kuri Album yiwe nshasha ariko arashaka gushira ahabona mu...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kidum ngo Coronavirus ntiyamuteye kurera amaboko

Kidum ngo naho akazi kahagaze muri Kenya kubera umugera wa CoronaVirus ubageze habi, ngo we ntiyicaye kuko ariko arandika kugira igihe iki kiza kizorengana azoronke ico aha abantu. Ivyo n’ivyo aheruka...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Mu kurondera Studio ya Dj Fanny 257 ngo yashatse gukura agasuzuguro ku gihugu

Nyamurangwa Fanny ni umwe mu bamenyeshamakuru bamenyekanisha umuziki ndundi bo mu runganwe rushasha, akaba aheruka gukora ikintu c’imbonekarimwe muri uwo mwuga. Nyamurangwa asanzwe ari n’umu DJ, akaba...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Manu Dibango yahitanywe n’ikiza ca COVID 19

Ikiza ca Covid-19 kibandanya gihekura isi, kikaba kitanagera umutwe bamwe mu bihangange isi itunze. Inyuma yaho hamenyekaniye ko abaririmvyi, abashikiranganji n’abandi banyamafaranga bakomeye kw’isi...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kaya Free agiye gushira ahabona akandi karirimbo

Inyuma y’indirimbo yashize ahabona ku musi wa 5 uheze yakoranye na Bushari umuririmvyi w’umunyarwanda, Kaya yamenyesheje akoresheje imbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha ko agiye gushira ahabona...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Izina ry’indirimbo ya mbere rigiye kuza vuba kuva kuri CEO wa Empire Avenue

Inyuma yo kumenyesha ibikorwa bigiye gusohoka yashize hanze izina rimwe mu ndirimbo zitanu zari zashikirijwe ko zigiye gusohorwa n’inzu ya Empire Avenue. Haraheze igihe kitari gito atagikorwa na kimwe...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Iki nico gishobora kuba cabaye mu mugwi wa Swagg Team

Inyuma y’igihe kinini harimwo benshi bagiye barajabuka imbibe z’igihugu, hasubiye kwumvikana ijwi rishasha ritari rimenyerewe mu mugwi Swagg Team. Umuririmvyi Red Boy Mnyama canke Bad Boy nk’uko...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Iki nico kibazo Miss Erica yabajije abakunzi b’umuziki ndundi

Mu nyuma yaho asohoreye indirimbo yiwe arikumwe na Sat-B, ni Miss Erica yabandanije avyifatamwo neza niyo ndirimbo nyene In My Heart aho mbere ari indirimbo yashoboye gukundwa n’abantu benshi...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

R Flow arashira ahabona amasanamu ya “Mungu Kwanza”

Ijambo Mungu kwanza ryari rigize igihe riboneka ku mbuga ngurukanabumenyi z’umuririmvyi R Flow ryahavuye ribonekamwo indirimbo, iyo ikaba iza gushirwa ahabona kuri uyu wa 16 ndamukiza isaha zitandatu...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Indirimbo ya Fortran Bigirimana na Gentil Misigaro buca ishirwa ahabona

Inyuma yaho Fortran Bigirimana yerekaniye ko hari igikorwa ariko arakorana n’umunyarwanda Gentil Misigaro nawe asanzwe akora indirimbo zihayagiza Imana, uwo muririmvyi w’umurundi akorera ibikorwa...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Alvin ngo niwe yatanguye gukora indirimbo ya Corona Virus abandi baramwiganye

Alvin Smith ngo abaririmvyi bari bakwiye kumenya ko ubutumwa bwabo bushika kure, nico gituma ubutumwa bujanye n’ukwirinda n’ukwikingira Corona Virus yashimye kubucisha mu ndirimbo. Mu kiyago na Siren...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Fabelove arashikiriza iciyumviro co kuvuga amazina y’abaraperi muri Challenge...

Inyuma yaho hakorewe indirimbo Godzilla igatangwa nka Challenge Fabelove nawe agakora iyo yise Master. Yasiguye neza impamvu nawe yayigize Challenge ku baririmvyi ndundi basanzwe bakora umudiho wa...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live