Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Dieudonné Nahimana naho yahisemwo Sat-B yemeza ko Big Fizzo ageze kure

$
0
0
Mu gihe Big Fizzo abandanya kwidogera ikinyamakuru Jimbere avuga ko bariko baramucafuza mu kumugereranya n’abandi, umwe mu bariko bitoreza kuba umukuru w’igihugu we avuga ko uwo muririmvyi ageze kure mu bijanye n’umuziki. Mu biganiro ikinyamakuru Jimbere kiriko kiraha abariko bitoreza ikibanza c’umukuru w’igihugu, hari ikibazo cagiye kigaruka aho bariko babaza hagati ya Sat-B na Big […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles