Mu gihe isi yugarijwe n’ikibazo ca COVID-19, Davido we ntiyicaye kuko abandanya akora nkuko bibandanya biboneka mu bikorwa ashira ku mbuga ngurukanabumenyi. Inyuma y’indirimbo aheruka gushira ahabona muri uku kwezi kwa 4, uwo muririmvyi akomoka mu gihugu ca Nigeria yamenyesheje ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha ko hari igikorwa gishasha kandi gikomeye agiye gushira ahabona. Ico […]
↧