Yoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020
Abakunzi b’umuririmvyi Yoya Jamal ngo ni babandanye bihangane, ariko ikiza ca COVID 19 ngo nicava mu nzira ibikorwa bizoca bibandanya nkuko yari yabiteguye. Mu migambi yarafise uwo muririmvyi abarizwa...
View ArticleKook k agiye gusubira kugaruka mu muziki
Akandi karirimbo gashasha tutarabasha kumenya uburyo kazoba kitwa niko gashobora gushirwa ahabona umwanya n’umwanya gakozwe na Kook-k. Ivyo akaba yavyerekanye akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook aho...
View ArticleIry Tina buca ashira ahabona akaririmbo kuri uyu wa 5
Inyuma y’igihe asa n’uwuri mu gacerere, umuririmvyikazi Iry Tina yamenyesheje ko akaririmbo kiwe gashasha kazoshirwa ahabona kuri uyu wa 5. Ubwo butumwa bukaba bwatanzwe n’uwo muririmvyi nyene aho...
View ArticleJackson Yusuph niwe muririmvyi mushasha wa db Music agiye kuboneka cane muri...
Inyuma yo kuba Umuririmvyi wa Burundian Diaspora muri Leta z’unze ubumwe z’Amerika ariwe Don Brighter ashiriyeho Label yo kugira ashigikire bamwe mubaririmvyi ba Diaspora bafise impano ariko bigora...
View ArticleAbambitse ibara Sat-B kubera indirimbo Izina, abasaba kumusaba imbabazi
Indirimbo Izina uno musi imaze kurabwa n’abarenga 67 700 ku muhora wa Youtube, kandi ikaba indirimbo yinjirije Sat-B amafaranga menshi gusumba izindi, ngo muriyo ubutumwa burimwo yashatse gukebura...
View ArticleKidum, Bernice the Bell na Andy Mwag baraza guteramisha abantu biciye ku...
Mu gihe Corona-virus isinzikaje isi, igatuma ibihugu bitandukanye bisaba abenegihugu kuguma biyugaranye ata gusohoka, ibiteramo, ama Karaoke, canke amahuriro atandukanye agahagarikwa mu bihugu birimwo...
View ArticlePreeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura
Preeze ngo abamuririmba ngo ntaco biba bitwaye kuko s’aba mbere babikoze, ariko we ngo nta mwanya agira wo kubishura. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano...
View ArticleDavid ngo ntiyahagaritse umuziki, yahinduye uburyo awukora
David Nduwimana ngo ntiyahagaritse umuziki ariko icabaye nuko yahinduye uburyo akoramwo umuziki gusa, n’ayahandi ibikorwa ngo biracakorwa ukuri kwamye. Mu kiganiro n’imboneshakure yo mu gihugu kibanyi...
View ArticleChany Queen niwe yateturuye Sat-b vyamuyangaranye
Sat-b ngo uwo yoshira imbere ko yagize ico amufasha mu muziki ngo ni Chany Queen, kuko yamukuye ku nzira amaze igihe arindiriye umuririmvyi ngo amufashe mu ndirimbo ariko akamubura. Mu kiganiro na Ami...
View ArticleDavido yakoranye indirimbo na Nick Minaj
Mu gihe isi yugarijwe n’ikibazo ca COVID-19, Davido we ntiyicaye kuko abandanya akora nkuko bibandanya biboneka mu bikorwa ashira ku mbuga ngurukanabumenyi. Inyuma y’indirimbo aheruka gushira ahabona...
View ArticleDieudonné Nahimana naho yahisemwo Sat-B yemeza ko Big Fizzo ageze kure
Mu gihe Big Fizzo abandanya kwidogera ikinyamakuru Jimbere avuga ko bariko baramucafuza mu kumugereranya n’abandi, umwe mu bariko bitoreza kuba umukuru w’igihugu we avuga ko uwo muririmvyi ageze kure...
View ArticleThyti Love ngo yashatse kubanza kuvyara agifise inguvu zo kubarera
Thyti Love ngo yabanje kwanza gufata akanya ko kuvyara imbere yuko yirukira kuririmba, kuko kuririmba ngo ntibita igihe. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano...
View ArticleKwoba ari uguter’imbere canke habaye ugusubira inyuma?
Imyaka yaba Canco na ba Torobeka Joseph ishobora kuba myiza mumuziki kurusha ubu?Amahane akomeza kuhaba mu mvugo za bamwe bamwe bivuye kuri iri jambo ry’uko umuziki w’Uburundi woba warateye imbere...
View ArticleRaissa ahamagarira abandi bigeme kwifatanya nawe mu mwuga w’ubu Queen Video
Umwigeme yakoze nka Queen Video mu ndirimbo ya Dr Claude, ya Dj Pro, ya Swagg Team, co kimwe no muya Sat-b, avuga ko abakobwa bakunda uwo mwuga w’ugutamba mu ndirimbo ngo boshira ubwoba bakirengagiza...
View ArticleMiss Badiscelle ngo ubuzima bwarahindutse inyuma yo kwiyandikisha muri Miss...
Umwe mu bigeme bari muri Miss BURUNDI uno mwaka wa 2020, Miss Iteka Radiane Badiscelle yaserukiye intara ya Ngozi kuko ariho akomoka, arahamagarira abandi bigeme nabo kwitabira amahiganwa nkayo, na...
View ArticleFavie ngo abaririmvyi ba Gospel bari bakwiye gufatana mu nda
Favie ngo abaririmvyi ba Gospel ntibari bakwiye kwicamwo ibice, ahubwo bari bakwiye gukorera hamwe. Kandi uwo muziki bakora ngo ntiwarukwiye kwiyumvirwako nk’uwo kudandaza ariko uwo gusana imitima. Mu...
View ArticleYoya Jamal, iyi niyo nyishu kubamaze imisi babaza iyo yagiye n’ibikorwa vyiwe
Yoya ngo yugaraniye munzu arinyegeje ntaco yokwemerera abakunzi biwe.Igihe kibaye kinini umuririmvyi Yoya Jamal atakibarizwa mugisagara ca BUJUMBURA ariko navyo bishobora kuba ariyo ntambamyi ituma...
View ArticleAbaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi
Prince Mshindi ngo impamvu abaririmvyi batubashwe mu gihugu s’uko baririmba, ahubwo ngo nuko hari ibintu badashoboye gukorera imiryango yabo. Ivyo n’ivyo aheruka kuvuga mu kiganiro n’imwe mu...
View ArticleChristian yavuze ko akaririmbo gashasha afise kataririmbwe kubwa Corona Gusa
Christian Irimbere mu kiganiro n’ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c’Urwanda, yavuze uburyo yisanze mu muziki. Muri ico kiganiro nyene yagarutse ku ndirimbo yiwe nshasha, n’ivyo yigiye mu...
View ArticleBig Fizzo ngo ahora akosora abantu bavuga igifaransa kandi atamaze amashuri
Big Fizzo ahanura abantu kudatwenga uwutazi ibi canke biriya ngo kuko nta muntu amenya vyose. Aho hari mu gihe bari bahejeje kumubaza ibibazo 4 noneho agatoramwo 2 ku mboneshakure Siren Vibe Tv. Muri...
View Article