Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Yaba Sat-B, yaba Big Fizzo ngo nta numwe Domitien Ndayizeye azi

Domitien Ndayizeye yahoze atwara Uburundi akaba kandi mu bariko bitoza mu kibanza c’Umukuru w’Igihugu, ngo yaba Sat-b canke Fariouz ngo nta numwe azi, kuko ubu ivy’umuziki atakivyerekwa, ariko ngo aho...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Dj Iraa ngo ivy’ukwambara nk’umwigeme vyakunze aruko ashitse i Kigali

Dj Ira naho ubu yabaye umwigeme mu nyambaro, ngo siko vyamye kuko akiri kw’ishure hano iwacu, ngo vyari vyaranse. Ariko avuga ko Bisoso ariwe yamufashije kugira abashe kumenya kwambara nk’umwigeme. Dj...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ivya Instagram muri MA ngo n’ibanga ribitswe neza

Mu mpanuro MA Production itanga ku baririmvyi bayo, hoba harimwo ko ku mbuga ngurukanabumenyi zikoreshwa n’abaririmvyi babo atawundi bakurikirana (Fellowing)ataribo? Biragoye kwemeza, kuko...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Amafaranga Babijoux Bonfils yinjiza mu muziki ayafashisha impfuvyi

Umuririmvyi benshi bazi nka Babijoux Bonfils avuga ko yashimye gufasha abana kuko nawe asanzwe azi uburyo ubuzima buryana, niko gushinga ishirahamwe Hope for Brighter Days ryamuka kuryo yashinze muri...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Don Brighter yipfuriza abarundi bose Indwi nziza y’amatora

Akoresheje ururimi rw’icongereza, Don Brighter yipfurije abarundi indwi nziza y’amatora, ngo izobe indwi y’ukwigira kandi y’umunezero. Aca anaboneraho akaryo ko kubatumirira kubandanya mwumviriza...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Sat-b yakiriye akazina SIDIBE yahawe na Domisiyano Ndayizeye

Sat-b nawe yamaze kwakira akandi kazina gashasha inyuma ya Magonde, Satura, n’ayandi menshi, ubu naho yamaze guhabwa Sidibe. Ku batavyibuka ako kazina kabonetse mu kiganiro uwahoze ari umukuru...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Big Fizzo yabwiye Bobona areke amajambo ahubwo bakore umuziki

Ivyavuzwe ko Big Fizzo yibagiye Mudibu muri Quiz yakozwe kuri imwe mu mboneshakure za hano, ngo sivyo na gato. Uwo muririmvyi avuga ko hoba habaye umwumvikano hagati yiwe n’umumenyeshamakuru ngo...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Big Fizzo ngo n’ibisanzwe kuba Ndayizeye Domitien atamuzi

Mu misi iheze abantu batari bake baratangaye cane uwahoze ari mukuru w’igihugu Domitien Ndayizeye avuze ko atazi Big Fizzo na Sat-b. Muri ico kiganiro ariko yahavuye avuga ko abazi ari abaririmvyi ba...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Gaston Sindimwo ati:”Frojo yaradufashije gutahana abaririmvyi bari barahunze.”

Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru ba Jimbere magazine, Icegera c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo yamenyesheje ko we n’umugabo wa natacha, Frojo, basanzwe ari incuti za cane. Ico gihe akaba yariko...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Sat-b ngo yaracumukuye kugira aronke Belle Nice

Sat- b ngo yaracumukuye kugura bikunde umuririmvyikazi Belle Nice yemere kwitwa umukunzi, ivyo bikaba vyavuye kuko uwo nwigeme atari mu bahahamukira abahungu ngo nuko bamenyekanye. Mu kiyago n’imwe mu...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Wallace yavuze ko Ingo Music live Band bagiye gusohora urukurikirane

Umugwi Ingo Music uri muri Studio ufise urukurikirane uriko urategurira bantu bawukunda, Ivyo bikaba ari ibiheruka gushikirizwa n’uwurongoye uwo mugwi akaba kandi no mu bawushinze. Mu kiganiro...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ngo igiteramo ca Bantu Bwoy ku musi wi Laidi nticitabiriwe n’abantu benshi

Mu giteramo citiriwe Bantu Bwoy Concert Burundi Tour caraye kibereye mu Ntara ya Rumonge ngo nticitabiriwe bishemeye n’abakunzi b’umuziki ndundi naho Bantu Bwoy yoyo yemeza ko cagenze neza batibagiye...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ngaya amajambo atangaje yavuzwe na Fabelove kundirimbo nshasha ya El Pro

Inyuma yaho atangiye Challenge kundirimbo Master ni Fabelove bisa nkaho benshi mubo yavuze batinye kumwishura bivanye nuko babitahuye ugutandukanye n’intumbero yiwe canke n’icipfuzo ciwe kumudiho wa...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

M Nif Jimbo ngo ashobora kuba yokwinjira muri Bantu Bwoy

Haheze igihe kitari gito umuririmvyi akiri muto abenshi bazi nka M Nif Jimbo ariko arakora ibidasanzwe mu rugendo rwiwe rw’umuziki ariko hakama hari igifungu co kumenya nimba ari muri Label canke...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Dj Bisoso ababazwa n’uko abamaraya badandaza ivyo baherewe ubuntu kandi...

Dj Bisoso ngo nubwo umuntu yomwica ntiyokwigera aja kurondera ba bakobwa badandaza umubiri, ivyo n’ivyo aheruka kubwira ikinyamakuru Isimbi co mu gihugu kibanyi c’Urwanda, aho asanzwe yisumamwo,...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Abaririmvyi basabwe kuririmba bakeza inzego nshasha zaraye zitowe

  Urwego rw’umuhuza w’abarundi rusaba abaririmvyi, abasanzwe bakina ivyese n’amareresi bo bafise ijwi rishika kure kandi mu mwanya muto, ko bofasha mu gutanga ubutumwa bujanye n’ugukeza inzego nshasha...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ng’ubu ubutumwa Natacha yahaye Ismail Niyonkuru

Inyuma yo kumara igihe kinini atari kurubuga ngurukanabumenyi narumwe canke ngo yumvikane aha na hariya Ismail ubu ariko arakora nk’uko yahora abicishije ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe haba Instagram,...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Nta kuryana kuzosubira kwumvikana hagati ya sat-B na Big Fizzo

Ugusubira kubona Sat-B ahantu avuga ko afitanye ikibazo n’umuririmvyi uyu canke uriya ngo n’umuziro uzirwa. Igituma ngo nuko ubwa mbere yabona ko ari imwe mu nzira bocishamwo ngo babashe guca...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ivyashikirijwe na Aglaë Umwigeme mwamenye cane muri primusic :

Aglaë Umwigeme afise impano itangaje yo kuririmba benshi mwamumenye mumahiganwa ya primusic mukiganiro yagiranye na indundi Magazine (Indundi Tv: https://youtu.be/RyWFJBCtj5o ) yabashije kutubwira...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Lolilo avuga ko Loliane atazosubira mu muziki

Lolilo ngo umukunzi wiwe ari na mama w’umwe mu bana bane asanzwe afise ngo si umuririmvyikazi, ahubwo ngo igihe yaririmba kwari ukwiryohera gusa, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’uwo muririmvyi aho...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live