Fabelove yoba agiye kwakirwa muri Empire Avenue?
Haheze igihe kitari kinini Umuririmvyi Fabelove ashizwe kurutonde rw’abaririmvyi bagiye kuboneka mundirimbo izohuza Abaririmvyi benshi bagiye batandukanye aho iyo nayo ari #IZINA REMIX Ya...
View ArticleFortran Bigirimana ngo yatanguye kuririmba kuko ahamagawe n’umukama
Intandaro y’ukuja kuririmba kwa Fortran Bigirimana ngo s’uko yumvise abishaka, ariko ngo wari umuhamagaro yagize. Aho hari inyuma y’ukubura abavyeyi bose afise imyaka 10, noneho akihereza Imana...
View ArticleAbaririmvyi ngo nibakumbure bemere gufadikanya n’aba DJ
3 buri 7 bagizr runtown dj Abagize umugwi Runtown Dj bavuga ko guta umwikomo kuba Dj ngo ntibavuza umuziki ndundi, atariwo muti, ahubwo umuti ngo n’ugushira hamwe inguvu kugira ejo hazobe heza, kuri...
View ArticleKidum na Otile umunyakenya bagiye kuduha gishasha
Umuririmvyi Nimbana Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo hari igikorwa gishasha kiriko kirategurwa kizoshirwa ahabona mu misi iza. Ivyo akaba yabishikirije ku musi w’ejo ku rubuga rwiwe Instagram....
View ArticleUmuvyeyi wa Preeze 36 yasezeye isi y’abazima
Akoresheje urubuga rwa facebook, Preeze 36 yipfurije umuvyeyi wiwe kuruhuka amahoro, kuko iyo nararibonye yasezeye ino si y’abazima. Emile wenga yahoze ari umuyobozi w’ubuhinga mu nsamirizi y’igihugu...
View ArticleChris Biz ngo kudandaza vyamuhaye kubandanya umuziki ata manager
Chris Biz ngo kudandaza vyamutumye uno musi naho ata mu Manager afise abasha kubandanya umuziki kuko ashoboye gushika kuri ino saha kwirihira indirimbo, yaba Video canke Audio. Mu kiganiro na Ami Pro,...
View ArticleBain Turo aremeza ko uguteba kwiwe kuzosobanura vyinshi mumaso y’abibaza ko...
Igihe ni kinini cane umuririmvyi BainTuro ataboneka cane mubikorwa vyo gusohora indirimbo nkuko vyahoze ataraja muri Label vyatumye benshi babibona nk’uruhombo kuri uwo muririmvyi.Bain Turo we agira...
View ArticleAmajambo ya Fabelove kuri Empire Avenue na Bantu Bwoy, no kuri Collabo...
Inyuma yo kwandika amajambo agasiga benshi mumakenga arasigura neza ico yashatse kuvuga hagati ya Empire Avenue na Bantu Bwoy.Abicishije mukiganiro Indundi Hits Show kur’uyu wa 29 RUSAMA 2020 ni...
View ArticleB-Face: Abategetsi n’abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu...
B-Face asaba abategetse ko boshiraho itegeko ryo kuvuza umuziki w’iwacu kubice mirongo umunani kw’ijana (80%) mu bibanza nka vyose nacane cane ibikunda gushikiramwo abantu bava hanze y’igihugu ndetse...
View ArticleMukiringo kidashika n’ukwezi kumwe“Izina” ya Sat-B yarabwe n’abarenga 100.000...
Indirimbo “Izina” ya Sat-b yaraye ikwije abantu 100.000 bamaze kuyiraba ku muhora wiwe wa Youtube mu kiringo kidashika n’ukwezi. Indirimbo y’umuririmvyi Sat-B yise IZINA n’imwe mu ndirimbo igihe...
View ArticleMasterland ngo agiye kugaruka kwatsa umuriro inyuma y’igihe kitari gito...
Indirimbo GONGA ngo niyo igiye kuja ahabona mundwi iza indirimbo Masterland avuga kwazoba arikumwe n’abandi ariko atarashima kubamenyesha kumugaragaro inyuma yiyo yari yise IKIMETEMETE. Indirimbo...
View ArticleUrukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy’ubuzima yabayemwo
Urukurikirane Nisaidie rw’umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw’urwo rukurikirane yashize ku mbuga ngurukanabumenyi...
View ArticleUmubabaro Official Video Niyo igiye gukurikira imbere yuko basohora izindi...
Indirimbo Umubabaro n’imwe mu ndirimbo imaze igihe kitari gito aho ari indirimbo vyabonetse cane ko abakunzi b’umuririmvyi Sat-B n’abakunzi b’umuziki muri rusangi bari banyotewe cane kubona iyo...
View ArticleHabonetse akaririmbo k’umunyamulenge Gallas na Kidum
Inyuma y’ukumenyesha ko hari indirimbo nshasha yamaze guheza gukorwa yakoranye n’umuririmvyi w’umunyaKenya, uwo muririmvyi yahavuye amenyesha ku musi w’ejo ko hari iyindi yo iza gusohoka uno musi...
View ArticleVg Wawa mu rugendo rw’ugukora indirimbo mu gihugu ca Brazil
Inyuma yakaririmbo Tora Neza yaheruka gushira kumugaragara ubu naho rwagiye gukubitira muri Brazil kuzana akandi karirimbo. Umwanditsi akaba n’umuririmvyi Vg wawa ngo yoba agiye gusimbira mu Brazil...
View ArticleMukiringo c’imisi ibiri gusa, “Inkoni” ya Natacha yarabwe n’abarenga 125.000...
Indirimbo “Inkoni” ya Natacha yaraye ikwije abantu 125.000 barenga bamaze kuyiraba ku muhora wiwe wa Youtube mu kiringo c’imisi ibiri gusa. Indirimbo “Inkoni” ya Natacha akaba ari indirimbo iriko...
View ArticleOlga yabwiye Yambi igihe azosubirira I Burundi
Olga ngo umugambi afise n’uwo kugaruka mu Burundi aruko aje azanye ibikorwa bitari bike azoba amaze gukora, kandi bizoba vyifashe neza gusumba uko ubu biri. Ivyo akaba yabiyagiye ikinyamakuru Yambi...
View ArticleT Max ng’iki ico yasezeranye abarundi bamwitezeko
Kuva aho akoreye indirimbo ari kumwe na Vichou munyuma akamara ikiringo kinini ubu ngo yoba ariko aritegura gushira ahabona ibikorwa bishasha ndetse no gukora igiteramo gikomeye mugisagara ca...
View ArticleUmutambukanyi wa Kidum ngo yabonye Nish ugutandukanye n’uko bamuvuga
Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora indirimbo. Mu kiyago aheruka guha Landry, Esther avuga ko...
View ArticleInkurikirane 2 azoshira ahabona zizomufasha kugira amahoro gatoya
Big fizzo ngo inkurikirane 2 buca ashira ahabona ngo ni mu ntumbero yo guha indirimbo zitari nke abakunzi biwe kugira bahagarike kuguma bamusaba indirimbo buri kanya. Ivyo akaba aheruka...
View Article