Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Mista Champagne ngo niwe muririmvyi wambere aguriwe imodoka n’abafana abandi...

Ngo ico yashatse ko kiba imperuka kirabaye nimba hari uwundi muririmvyi yipfuza kwipima n’agerageze asabe imoto arabe ko ayihabwa. Umuririmvyi Mista Champagne aheruka gusaba ko Abakunzi biwe...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ibimenyetso vyerekana ivavanura rya MB Data na label ya MA

Mb data ntakibarizwa mu nzu y’ubuhinyanyuzi ya MA Production, ivyo bikaba binabonekera mu bikorwa ibi na biriya ariko arakora ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Kimwe muri ivyo bimenyetso...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Lolilo ntarota yifatanya n’abashobora kwiba abanya Gatumba

Amajwi abatari bake baheruka kwumva, aho Lolilo yihanangiriza avuga ko adashobora kwemera ko bafasha abanya Gatumba, ahubwo ngo nibamufashe we, avuga ko abayasohoye bashatse ko abantu bamubona nabi,...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kirikou ngo Kuba Big Fizzo yarahavye ntivyamubujije kugira urukundo

  View this post on Instagram   A post shared by #Ikidoma (@kirikou_akili) on Jun 6, 2020 at 8:46pm PDT Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 7 ruheshi, Kirikou yashimwe n’abatari bake Ku butumwa yatanze...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

B Face ngo akosora abaririmvyi bakomeye muri RNB muri Studio

B face ngo s’irya mbere yandika indirimbo iri mu mudiho wa RNB, ivyo akabivuga yishimikije ko aho hambere ataramenyekana cane kuri Hip Hop, ngo yarakoze izitari nke ziri muri uwo mudiho. Mu kiganiro...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kirikou ngo ntazi nimba hari n’ubwenge yoba afise

Mu gihe indirimbo yiwe Binua ibarizwa mu bashika 55,000 mu misi mikeya gusa, Kirikou yabajijwe n’abafana biwe kuri Instagram, ikibanza abona ko afise uno musi mu muziki, we avuga ko atavyo azi. Muri...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

kolly Da Magic agiye kuza ninzu y’iwe y’ubuhinyanyuzi nshasha.

Kolly the magic ngo vuba agiye gushira ahabona inzu yiwe y’ubuhinyanyuzi inyuma y’uguca munzu zitandukanye zisazwe zihinyanyura indirimbo zahano mu gisagara ca Bujumbura. Ni inyuma yukuva muri...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

B Kora we ngo umuhinyanyuzi nta majambo canke amarira amushira we ngo ni Cash

Igihe kitari kinini nico uyu mwana w’umwigeme amaze mu muziki, ariko ku ndirimbo zitarenga zitatu ariko arerekana ubushobozi butari bumenyerewe mu muziki w’Uburundi na cane cane kubigeme. Abicishije...

View Article


Sat-b yagize ico ashikiriza kw’iragi rya Nyakubahwa Pierre Nkurunziza

  View this post on Instagram   A post shared by Sat-B intelligent Bad Boy (@satb_satura) on Jun 9, 2020 at 1:55pm PDT Sat-b ngo yarakoze mu ntoke umukuru w’igihugu Kandi yaba se canke sekuru...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Gukora cane nico Miss Erica yakuye i Kigali

Aho yari kuri Live ya Instagram, Miss Erica yamenyesheje abanya Kigali ko nawe abakunda nkuko babandanya kumwereka urukundo bamukunda. Muri ico gihe yavuze ko Urwanda rufise vyinshi rwamwigishije igihe...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Big Fizzo yerekanye igihe yaherukira gukora mu ntoke Nyakwigendera Pierre...

Akoresheje imbugahuriro asanzwe akoresha nka WhatsApp, Instagram na Facebook, Big Fizzo nawe yerekanye akababaro afise kubera ukubura giturumbuka umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza. Big fizzo yashize...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Andy Mwag ngo Kuronka Ibiganiro I Kigali ntivyari vyoroshe bagishika

Andy Mwang na bagenziwe basanzwe bakorana umwuga wo kuririmba mu manza, Karaoke, ngo ntivyari vyoroshe bagishika I Kigali. Mu kiyago na Yago Tv Show I Kigali, Andy yavuze ko kugira babashe kuronka...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Kirikou yarahiye ko atawumwandikira indirimbo

Mu kiyago na Fanny, Kirikou yavuze ko abigeme batari bake kandi bamusumba imyaka bama bamwihenzeko, ariko we ngo kuko atavyo akoreramwo, arabirinda. Kirikou muri ico kiganiro nyene yabajijwe...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Umurundi wambere yaraye akwije abantu barenga 1.000.000 kuri Youtube

Umuririmvyikazi  Iry Tina  kurubuga  rwiwe rwa Youtube yaraye akwije abantu bamaze kuraba indirimbo yiwe barenga 1.000.000 mukiringo kitangana n’ukwezi kumwe. Akaba abaye umurundi wambere ageze kuri...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Mb Data ngo yavuye muri MA kuko hari hageze ko aja kwironderera

Kutagenda ajanya ivyo yahora akoresha muri MA ngo hari kugira abashe kwironderera ivyiwe, ivyo kandi ngo bikorwa n’umuvyeyi w’incabwenge, ariko uw’ikijuju amuha ibizomufasha. Ivyo n’ibiheruka...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Sat-B ubu nibwo butumwa bugufi yahaye abavuga ko agira mumuduga uzimbutse

Aho muri kano kanya Uburundi buri mubihe bitoroshe ni Sat-B aguma avugwa muri ibi na biriya naho we adashima kwishura cane ivyo bamuvugako. Inyuma yo kuboneka ari kuri Facebook live agahura n’umuvyeyi...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Samuragwa ngo azobandanya gukunda abaririmvyi nkuko umuvyeyi yabakunda

Willy Nyamitwe ngo n’abaririmvyi nabo bararekuriwe kwinjira mu Ngoro Ntare Rushatsi, ivyo akaba yabishikirije mu kiyago yagiranye na Isaac TV. Muri ico kiyago, Ambassadeur Willy Nyamitwe yavuze ko...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Big Fizzo yavuze igituma ashira foto gake ku mbugahuriro akoresha

Mu baririmvyi ndundi basohora amashusho Ku mbugahuriro gake, harimwo Big Fizzo asanzwe ari no muri 10 bafise abantu benshi babakurikira kuri izo mbuga nyene. Mu kiyago aheruka kugirana na DFTV, uwo...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Monna Walda ati: ” Imana ntiharirizwa”

Monna Walda nawe ari mu babashije kugira ico bashikirije kwi tabaruka rya nyenicubahiro Petero Nkurunziza. Uwo mwigeme yigeze kuba icababa ca Miss Burundi yanditse Ku rubuga rwiwe rwa Instagram ko...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Vichou ngo yabujijwe n’ikiriyo gusohora indirimbo nshasha

Igihe c’isabukuru ry’amavuko yiwe, Vichou Love ngo yari yateguye gushira ahabona indirimbo bivugwa ko izoba isa neza cane. Mu majambo Famba yashikirije Ku musi wa 2 Ku rubuga rwiwe rwa Instagram,...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live