Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

David ngo ntiyahagaritse umuziki, yahinduye uburyo awukora

$
0
0
David Nduwimana ngo ntiyahagaritse umuziki ariko icabaye nuko yahinduye uburyo akoramwo umuziki gusa, n’ayahandi ibikorwa ngo biracakorwa ukuri kwamye. Mu kiganiro n’imboneshakure yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda, uwo muririmvyi abarizwa muri Australie muri kino gihe, yabajijwe nimba yari yarahagaritse umuziki muri ino myaka 7 amaze muri ico gihugu. Yabihakanye ahubwo avuga ko yahinduye uburyo yakoramwo […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles