Preeze ngo abamuririmba ngo ntaco biba bitwaye kuko s’aba mbere babikoze, ariko we ngo nta mwanya agira wo kubishura. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu. Mu kiganiro na Buja Hit Tv, uwo muririmvyi asanzwe akora umudiho wa Hip Hop yagarutse ku baririmvyi basanzwe baririmba abandi baririmvyi. We avuga afise […]
↧