Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Yoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020

$
0
0
Abakunzi b’umuririmvyi Yoya Jamal ngo ni babandanye bihangane, ariko ikiza ca COVID 19 ngo nicava mu nzira ibikorwa bizoca bibandanya nkuko yari yabiteguye. Mu migambi yarafise uwo muririmvyi abarizwa mu gihugu c’Ubwongereza ngo harimwo gusubira kandi kwerekana ibikorwa vyiwe -Comeback- muri uno mwaka wa 2020, ariko Coronavirus ica ituma ibintu bica bipfa. Urugendo yaheruka gukora […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles