Akandi karirimbo gashasha tutarabasha kumenya uburyo kazoba kitwa niko gashobora gushirwa ahabona umwanya n’umwanya gakozwe na Kook-k. Ivyo akaba yavyerekanye akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook aho habonetse aka Video kiwe arikumwe n’umukunzi wiwe noneho basa n’abariko bumviriza ako karirimbo. Mu butumwa yatanze kuri urwo rubuga, uwo muririmvyi yabajije abantu uko bumva ijwi ryiwe inyuma y’imyaka […]
↧