Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Iry Tina buca ashira ahabona akaririmbo kuri uyu wa 5

$
0
0
Inyuma y’igihe asa n’uwuri mu gacerere, umuririmvyikazi Iry Tina yamenyesheje ko akaririmbo kiwe gashasha kazoshirwa ahabona kuri uyu wa 5. Ubwo butumwa bukaba bwatanzwe n’uwo muririmvyi nyene aho yakoresha urubuga rwiwe rwa Facebook. Abatari bake bakaba bamenyesheje ko bayirindiranye igishika cinshi. Ku rubuga rwiwe rwa Facebook yagize ati : “ Yesooo Kurindira kuraheze… Friday Video […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles