Inyuma yo kuba Umuririmvyi wa Burundian Diaspora muri Leta z’unze ubumwe z’Amerika ariwe Don Brighter ashiriyeho Label yo kugira ashigikire bamwe mubaririmvyi ba Diaspora bafise impano ariko bigora kugira bazishire ahabona vyoroshe, ubuho yongeyemwo uwundi we asanzwe akora indirimbo zishimagiza UHORAHO. Uti mbega Jackson Yusuph ninde?? Jackson Yusuph n’umuririmvyi asanzwe ari Umurundi ariko akaba asanzwe […]
↧