Indirimbo Izina uno musi imaze kurabwa n’abarenga 67 700 ku muhora wa Youtube, kandi ikaba indirimbo yinjirije Sat-B amafaranga menshi gusumba izindi, ngo muriyo ubutumwa burimwo yashatse gukebura abashaka gucafuza izina ryiwe. Mu kiganiro na Landry uwo muririmvyi yari yarahagaritse gukora ibiganiro yavuze ko muri iyo ndirimbo harimwo imitego itari mike, irimwo uwafashe abatari bake […]
↧