Monna Walda abo arabirako cane muvy’umuziki wiwe ngo ntibari hafi, ariko ngo bamwe barahari hano muri kano karere Ubundi buherereyemwo. Muribo ngo harimwo 2 abo nabo b’abigeme kandi bose babarizwa muri Tanzania. Abo bigeme uwo muririmvyikazi mushasha avuga ni Nandy na Vee Money basanzwe bose ari abaririmvyikazi, ariko naho abakunda bose, ngo ntabakundira bimwe. Vanessa […]
↧