Inyuma yaho Fortran Bigirimana yerekaniye ko hari igikorwa ariko arakorana n’umunyarwanda Gentil Misigaro nawe asanzwe akora indirimbo zihayagiza Imana, uwo muririmvyi w’umurundi akorera ibikorwa vyiwe mu Bufaransa yamenyesheje ko buca ashira ahabona ako karirimbo. Ako karirimbo kahawe izina rya Nzamura, kakaba kazoshirwa ahabona kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2020, kakazoshirirwa ahabona amajwi […]
↧