Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Mista Champagne ngiyi indirimbo ashobora gusohora

Mumajambo yanditse ahayagiza Afurika ko nimba bariko batangariza Afurika ko Corona yoba igiye kuzanana ingumvu nyinshi atangorane ihari kuko bo Muri Afrika barasenga kandi ngo nimba barabonye imiti ya...

View Article


Masterland iki nico asaba abakunzi b’umuziki wa hano mu Burundi

Inyuma yaho hagiye haraboneka amajambo asa nayagoye mundirimbo za bamwe mu baririmvyi ba hano iwacu, umuririmvyi Masterland we asaba ko amwe mu majambo agoye bumva abagora gutahura hako bayaririmba...

View Article


Kaya yavuze kuri Album nshasha hamwe n’amasanamu y’indirimbo nshasha

Kaya Freedom ngo naho Corona Virus yamufatiriye, bigatuma aguma i Kigali imisi irenze iyo yari yateguye, ntiyicaye kuko yabandanije akorera kuri Album yiwe nshasha ariko arashaka gushira ahabona mu...

View Article

Kidum ngo Coronavirus ntiyamuteye kurera amaboko

Kidum ngo naho akazi kahagaze muri Kenya kubera umugera wa CoronaVirus ubageze habi, ngo we ntiyicaye kuko ariko arandika kugira igihe iki kiza kizorengana azoronke ico aha abantu. Ivyo n’ivyo aheruka...

View Article

Mu kurondera Studio ya Dj Fanny 257 ngo yashatse gukura agasuzuguro ku gihugu

Nyamurangwa Fanny ni umwe mu bamenyeshamakuru bamenyekanisha umuziki ndundi bo mu runganwe rushasha, akaba aheruka gukora ikintu c’imbonekarimwe muri uwo mwuga. Nyamurangwa asanzwe ari n’umu DJ, akaba...

View Article


Manu Dibango yahitanywe n’ikiza ca COVID 19

Ikiza ca Covid-19 kibandanya gihekura isi, kikaba kitanagera umutwe bamwe mu bihangange isi itunze. Inyuma yaho hamenyekaniye ko abaririmvyi, abashikiranganji n’abandi banyamafaranga bakomeye kw’isi...

View Article

Kaya Free agiye gushira ahabona akandi karirimbo

Inyuma y’indirimbo yashize ahabona ku musi wa 5 uheze yakoranye na Bushari umuririmvyi w’umunyarwanda, Kaya yamenyesheje akoresheje imbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha ko agiye gushira ahabona...

View Article

Izina ry’indirimbo ya mbere rigiye kuza vuba kuva kuri CEO wa Empire Avenue

Inyuma yo kumenyesha ibikorwa bigiye gusohoka yashize hanze izina rimwe mu ndirimbo zitanu zari zashikirijwe ko zigiye gusohorwa n’inzu ya Empire Avenue. Haraheze igihe kitari gito atagikorwa na kimwe...

View Article


Iki nico gishobora kuba cabaye mu mugwi wa Swagg Team

Inyuma y’igihe kinini harimwo benshi bagiye barajabuka imbibe z’igihugu, hasubiye kwumvikana ijwi rishasha ritari rimenyerewe mu mugwi Swagg Team. Umuririmvyi Red Boy Mnyama canke Bad Boy nk’uko akunda...

View Article


Iki nico kibazo Miss Erica yabajije abakunzi b’umuziki ndundi

Mu nyuma yaho asohoreye indirimbo yiwe arikumwe na Sat-B, ni Miss Erica yabandanije avyifatamwo neza niyo ndirimbo nyene In My Heart aho mbere ari indirimbo yashoboye gukundwa n’abantu benshi...

View Article

B Kobra : «Ndi ca gikoko kitigera kinanirwa kandi kidatinya »

Imyaka ni myinshi cane haboneka impano zigiye zitandukanye hano mumuziki wa 257 ariko hakama hariho ugutakara ntihamenyekane ivyo bagiyemwo inyuma yo guheba uwo muziki, ntihamenyekane ko bawuhevye...

View Article

Big Fizzo ngo yariko arapima Kirikou

Mu gihe amaze imisi asohoye indirimbo yiwe nshasha yise “My Story”, kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu cashatse kumenya nimba uwo muririmvyi agiye kuza arasohora indirimbo nk’abandi canke nimba...

View Article

Kidum yahambije abandi mu kugwanya ikiza ca Corona-Virus

Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum nawe yahambije abandi mu guhimiriza abamukurikirana ngo babandanye kwirinda umugera wa Corona-Virus utera ingwara ya Covid-19, ivyo akaba yabikoze akoresheje...

View Article


Snow Cay ntazodandaza umuziki ku mbuga ziwugurisha kuko ayo batanga ari make

Snow cay ngo nta mugambi afise wo kudandaza urukurikirane rwiwe rushasha ku mbuga zisanzwe zigurisha indirimbo, ivyo akaba yisunze yuko ngo izo mbuga ata mafaranaga akwiye abantu baheza ngo bakuremwo....

View Article

Fabrice yahambije abandi mu kuririmbira abagumijwe mu ngo na Corona-Virus

Fabrice nawe yifatanije n’abandi baririmvyi nka Koffi Olomide n’abandi bariko barafasha abantu kumererwa neza mu ngo zabo, muri kino gihe ibihugu bitari bike vyamaze gusaba abenegihugu kuguma mu mazu...

View Article


19th yishuye abavuze ko B-Face yoba yaravuzwe mu ndirimbo Hip Hop

Inyuma y’igihe kinini atariko arumvikana mu muziki ni 19th yagarutse asubira kwumvikana mu gikorwa nka ’ikiri ku mutima’ Challenge ariko hakaza kuboneka ukudahuriza kukintu kimwe na mugenziwe B-Face...

View Article

Kaya yasohoye amasanamu y’akaririmbo yakoranye na Ngarigari “Ubumwe n’akaranga”

Inyuma y’ugushira ahabona indirimbo zibiri zikanashirirwa ahabona amasanamu, Kaya Free yashize ahabona akandi karirimbo ka 3. Ako karirimbo akakaba kari mu rurimi rw’ikirundi kandi akagaruka cane ku...

View Article


Ng’ibi ivyo Mb Data yasavye abafana biwe

Umuririmvyi Mb Data yamesheje ko agiye gushira ahabona ikindi gikorwa naho atashoboye kumenyesha ngo ni ryari agiye gutanga ico gikorwa. Kuri uyu wa wakane itariki 2 z’ukwezi kwa kane abicishije...

View Article

Emery sun yagereranije abaririmvyi ndundi n’abana bo mw’ibarabara

Emery sun aremeza ko abaririmvyi ari mu ba mbere batuma umuziki ndundi udatera imbere, ngo bivuye ku nyifato zimwe zimwe bifata zirimwo ugutukana ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko kandi n’ukudahurumbira...

View Article

Hasigaye amasaha ari kurushi ngo asohore amasanamu y’indirimbo nshasha

Mu gihe hari hamaze igihe ashikirije amajambo adasanzwe agira ko agiye kuzana impinduka mu muziki ndundi, Vg Wawa ngo buca yerekana ko atayaze amasigaracicaro. Nk’uko yabiganiriye Indundi Magazine, Vg...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live