Amasanamu y’akaririmbo Sabwe Ka Masterland ni Vuba cane
Amasanamu y’akaririmbo “Sabwe” ka Masterland ngo mu misi ya Vuba buca ashirwa ahabona. Ivyo vyashikirijwe na Masterland ubwiwe Ku rubuga rwa Facebook kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 16/5. Akoresheje...
View ArticleDesire P arabakebura ko bazobazwa ivyo bakoze
Kubwa Desire p, ngo igihe kimwe ivyo dukora tuzobibazwa. Ivyo akaba yabishikirije mu karirimbo One day aheruka gushira ahabona. One day ni kamwe mu turirimbo duheruka gushirwa ahabona mu misi iheze,...
View ArticleZari yagarutse Ku buzima yagiranye na Diamond
Urukundo zari yakunze uwahoze ari umukunzi wiwe, Diamond Platnumz, ngo ntawe yaruhishije. Ariko akagaye kamaze kwaka indaro yahisemwo gukinjura. Uwahoze ari umukunzi wa Diamond akaba na mama w”abana...
View ArticleSat-b ngo agiye kwiyegereza Imana muri uku kwezi kwa Ramadhan
Mu gihe haraho yahora afunga ukwezi kwa Ramadhan abandi barakurangije, uyu mwaka nawe yashimye kwiyegereza Imana. Aboubakar karume benshi bazi nka Sat-b ngo ubu ivy’ukwiruka inyuma y’amafaranga asa...
View ArticleIndirimbo Salome ya Diamond yateye ikibazo abifuza Mobeto
Indirimbo izoboneka ko iri musi mu bwiza n’ukuryoha ya Salome ya Diamond, iyo ngo Mobeto ntazoyibonekamwo. Mu gihe umwigeme Hamissa Mobeta aheruka kuboneka muri Video nka video Queen mu mwaka wa 2016...
View ArticleB Face yiswe intakebwa
B face yiswe intakebwa, ivyo vyumvikanye mu ndirimbo Intahe mu gahanga y’umuririmvyi malakay asanzwe abarizwa mu murwi B4T usanzwe uririmba indirimbo zihayagiza umukama. Muri iyo ndirimbo, uwo...
View Article#diaspora | Umutambukanyi wa Mt Number one ngo ariko aratora mitende
Umutambukanyi wa Mt Number one ubu ngo yifashe neza, ariko aratora mitende. Ubu ngo umurwayi ameze neza,. ivyo vyashikirijwe na Mt Number one ubwiwe aho yaganira na Indundi magazine. Nayo uwo twavuga...
View ArticleIndirimbo 20 zizokurwamwo indirimbo y’ukwezi kwa 5 zasohotse
Uwuzosubirira Chonge mu kibanza c’umuririmvyi w’ukwezi, azova muri baririmvyi baririmvye indirimbo 20 ziheruka gutorwa ngo zihiganirwe ico kibanza. Mu gihe indirimbo 20 z’ukwezi kwa 4 zavuye akaririmbo...
View ArticleT Max aba fans biwe ngo bamwitege i Bujumbura
T Max abafans biwe ngo ni bamwitege i Bujumbura mu giteramo c’agakura ariko arategura, azozana na Nay wa Mitego. T Max ngo abakunzi b’ibikorwa vyiwe nibamwitege mu kwezi kw’8 i Bujumbuira aho azokora...
View ArticleKijanya yasohoye akandi karirimbo kunganira Nta cica nk’irungu
Kijanya yashize ahabona akaririmbo Been Callin, inyuma y’ugucura intimba muri Nta cica nirungu. Inyuma y’akaririmbo Nta cica nk’irungu, umuririmvyi Kijanya yari yamenyesheje ku musi w’ejo ko akandi...
View ArticleMiss Erica yavuze ku kwinjira kwiwe muri Top20 ya indundi
Miss Erica ati n’iteka kuba indirimbo yanje yatowe muri Top20, Aho agasaba aba fans biwe kumishigikira. Mu kiganiro gito yagiranye na Indundi Magazine, yasavye abarundi gukunda ivyabo, ngo bize bikunde...
View ArticleDiamond yazanye ibitari bimwitezweko muri Tanzania
Diamond Platnumz agiye gushiraho isabukuru rizokwama riba buri mwaka yise Wasafi Festival. Diamond Platnumz muri kino gihe aharurwa mu barwizatunga bakomeye muri Tanzania, badatinya gukora igikorwa na...
View Article#Indundi Music| Hadithi Ya Mama By Don Brighter & Kolly
4,389 total views, 0 views today
View ArticleUkuri ku kudasohoka kw’amasanamu y’indirimbo Girl Freind ya Sat-b kwamenyekanye
Kent-p arahakana ko ivy’uko indirimbo ishobora kutaja ahabona atarivyo, naho hoba hatari icuka ciza hagati ya Sat-b na label arimwo LEC. Urukurukuru ruhari ko ivyo Sat-b yemereye aba fans biwe...
View ArticleLady Jaydee ntaco aravuga kuri Instagram ku muzo wiwe i Bujumbura
Naho yitezwe i Bujumbura, umuririmvyikazi Lady Jaydee ntaco arabwira aba fans biwe ku mbuga ngurukanabumenyi akoresha ku bijanye n’ico giteramo. Umuririmvyikazi Lady Jaydee aritezwe i Bujumbura ku musi...
View Article#Indundi Hits show May Top20
Mukiganiro indundi Hits Show co kuri uyu wagatanu gisazwe gica kuri radio culuture buri musi wa mbere n’u wagatanu ahanini twahagaze ku ndirimbo mirongo ibiri ziriko zirahiganirwa ikibanza c’ukwezi....
View ArticleFoto 5 za Big Fizzo utabonye ari muri Festival Amahoro kw’i JABE
Kuri uyu wa 25 rusama, Big fizzo nawe yari umutumire muri Festival y’Amahoro mu gisagara ca Bujumbura, neza neza muri muri Quartier Jabe. 4,586 total views, 0 views today
View Article