Uwuzosubirira Chonge mu kibanza c’umuririmvyi w’ukwezi, azova muri baririmvyi baririmvye indirimbo 20 ziheruka gutorwa ngo zihiganirwe ico kibanza. Mu gihe indirimbo 20 z’ukwezi kwa 4 zavuye akaririmbo Nkunda ngukunde ka Chonge, kakaba aka 1 kandi kakaba kari kabaye aka 1 incuro zirenga 2 zose mu rutonde rw’indirimbo 5 ziba zakunzwe kuri indundi, n’uku kwezi kwa […]
↧