Umutambukanyi wa Mt Number one ubu ngo yifashe neza, ariko aratora mitende. Ubu ngo umurwayi ameze neza,. ivyo vyashikirijwe na Mt Number one ubwiwe aho yaganira na Indundi magazine. Nayo uwo twavuga n’umutambukanyi wiwe asanzwe afise akabazo k’amagara ariko Imana n’abaganga bakaba barahabaye none ubu ngo n’amahoro. Muri ico kiyago yatubwiye ko uwo muvyeyi w’abana […]
↧