B face yiswe intakebwa, ivyo vyumvikanye mu ndirimbo Intahe mu gahanga y’umuririmvyi malakay asanzwe abarizwa mu murwi B4T usanzwe uririmba indirimbo zihayagiza umukama. Muri iyo ndirimbo, uwo muririmvyi yavuze ko B Face ataco afise yigisha abaririmvyi nka Gn kuko ivy’ubwami bw’Imana bimenya ababurimwo, ngo intakebwa nkawe ntaco yovuga. Uwo muririmvyi yanavuze ko ngo B Face […]
↧