Natacha ashobora kuzokorana n’umuririmvyi akomeye wo muri Congo
Ivy’indirimbo nshasha Natacha ashobora kuba ariko arakorera muri Congo biracagoye kwemeza. Igikorwa gishasha gishobora kuboneka mu misi ya Vuba, ariko ngo biracari igipfungu. Ayo akaba ari amakuru...
View ArticleIndirimbo 20 zizokurwamwo indirimbo y’ukwezi kwa 5 zasohotse
Uwuzosubirira Chonge mu kibanza c’umuririmvyi w’ukwezi, azova muri baririmvyi baririmvye indirimbo 20 ziheruka gutorwa ngo zihiganirwe ico kibanza. Mu gihe indirimbo 20 z’ukwezi kwa 4 zavuye akaririmbo...
View Article#diaspora | indirimbo nshasha ya Don Brighter igaruka ku kiyago yagiranye...
Akaririmbo gashasha ka Don Brighter Hadithi ya mama ariko kakozwe mu mwaka wa 2015, kagaruka ku kiyago yagiranye n’umuvyeyi wiwe yabuze haraheze imyaka 17. Hadithi ya mama n’akaririmbo gashasha...
View Article#diaspora | King Donny arasobanura icatumye Adorable iboneka kuri Youtube ya...
Hamenyekanye igituma Akaririmbo Adorable kamaze imisi gashizwe ahabona, kabonetse ku rubuga rwa Youtube rw’ishirahamwe MoMusic. Mu kiyago gito yagiranye na Indundi magazine uwo muririmvyi yatubwiye ko...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week22
1. Come Closer By Thity Love Ft Crown Rema 2. Mon Amour By Miss Erica 3. Tungi By T Max Ft Mr Nay 4.Ubumenyi By Vg Wawa 5. Ikiri Kumutima By Bain Ten Ft Maty Bwoy 16,759 total views, 0 views today
View ArticleBatanze insobanuro y’ijambo Bwoy ryumvikana mw’izina rya label ya Big Fizzo
Ijambo Bwoy rikunze kwumvikana aha iwacu mw’izina ry’inzu y’ubuhinyanyuzi ya Big Fizzo ryateje uruhagarara ngo hamenyekane ico risobanura. Ijambo Bwoy riherekeza riharawemuri The Bwantu Bwoy Ent. inzu...
View ArticleIndundi Hits Show|Guest:Titus Da Sailor
Mu kiganiro Indundi Hits Show umuririmvyi Titus Da Sailor yarasinguye ijambo ikiroroge .Ngo ni ijambo yashoboye gukoresha mu karirimbo yise wari ikiroronge aho avuga ko ari umukobwa nayo ngo indirimbo...
View Article#indundi Music|Slow Down By Addi The Rapper &F.I.S.T.O.N
[audio_id 233374] 842 total views, 0 views today
View ArticleAmasanamu y’ururirimbo Sabwe rwa Masterland buca aja ahabona
Amasanamu y’ururirimbo “Sabwe” rwa Masterland ngo arashirwa ahabona kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 3 Ruheshi. Ivyo vyashikirijwe na Masterland ubwiwe . Urwo ruririmbo rukaba ruzoba rwakorewe...
View ArticleFortran buca yerekana umuririmvyi yasizwe amavuta
Uno mwaka Fortran Bigirimana mu biteramo azokorera aha I Burundi azokwerekana umuririmvyi avuga ko azoshika Ku nyota y’abamukurikirana. Ibintu bishasha mu biteramo vya Fortran Bigirimana yitegurira...
View ArticleUrukurikirane rushasha rwa Fabrice ruzoba ruryohoye mu buryo mpuzamakungu
Umuruirimvyi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana Fabrice Nzeyimana ngo ariko arategura urukurikirane rukomeye cane, ruzoba rugizwe n’indirimbo zihinyanyuye mu buryo bukomeye, burimwo uburyo bakunze...
View ArticleIvy’ugusubirana kwa Diamond na Zari bisa n’ivyapfuye
inyuma y’isohoka ry’amasanamu y’akaririmbo Iyena ka Diamond hakwirakwijwe urukurukuru ko uwo muririmvyi yoba yasubiranye n’uwahoze ari umukunzi wiwe Zari the boss lady. Indirimbo Ineya ngo yafashwe...
View ArticleAmasanamu ya Sabwe ya Masterland yagizwe icitegererezo ku batahora babona...
Amasanamu y’indirimbo Sabwe ya Masterland ariko atangwako akarorero ngo abahora bavuga ko atavyiza abahinyanyuzi ndundi bakora ngo barabireko, baheze bikosore. Abayamaze bagize ngo uwitonze abimira...
View ArticleIvy’indirimbo ya Natacha na Fally Ipupa vyafashe umurongo
Amasanamu y’indirimbo ya Natacha na Fally Ipupa buca aherahezwa, noneho ngo indirimbo ibashe gushirwa ahabona. Ntibikiri ibanga, umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka aheruka gutahukana indirimbo...
View ArticleB Face buca asohora amasanamu y’akaririmbo Free Style
Inyuma y’uturirimbo Impamvu na Hitamwo, B Face ngo agiye gushira ahabona amasanamu y’akaririmbo Free Style kuri uyu wa 5. Mu gihe ata masanamu y’indirimbo yiwe yaheruka gushirwa ahabona, umuririmvyi B...
View ArticleThe Bantu Bwot Ent yaronse umuhinyanyuzi mushasha “Peniel Pro”
Big Fizzo n’umurwi wose wa The Bantu bwoy ent bamenyesheje kuri uyu wa 3 ko ubu bafise umuhinyanyuzi mushasha muri iyo nzu y’ubuhinyanyuzi. Umuhinyanyuzi mnushasha mu nzu y’ubuhinyanyuzi ya The Bantu...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 23
1. Wari Ikiroroge By Titus Da Sailor 2. Mon Amour By Miss Erica 3. Tungi By T Max Ft Mr Nay 4. Sinkibona Abandi by Sosthène ft Kolly Pim 5. K MUCO ft PORO – CASSAVA 183 total views, 0 views today
View ArticleAshley Diva agiye kuva mu gacerere
Inyuma y’amajambo y’Imana asigaye arangwa Ku rubuga rwa Facebook rwa Ashley n’umukunzi mushasha, uwo umuririmvyikazi agiye gusohora akaririmbo gashasha. Mu gihe yasa n’uwibagiranywe, umuririmvyikazi...
View Article#Diaspora | Kaka boney yagizwe umukuru w’ishirahamwe ry’abanyabuhinga...
Hampande ya Kaka Boney yagizwe umukuru w’ishirahamwe ry’abanyabuhinga babarizwa muri Amerika, n’uwundi murwi munini nawo washizweho. Ishirahamwe ry’abanyabuhinga b’abarundi baba mu mahanga bashinze...
View Article