Amasanamu y’ururirimbo “Sabwe” rwa Masterland ngo arashirwa ahabona kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 3 Ruheshi. Ivyo vyashikirijwe na Masterland ubwiwe . Urwo ruririmbo rukaba ruzoba rwakorewe amasanumu inyuma y’imisi itari miki rusohotse . Aho inyuma yisohoka ry’amajwi ry’ugo rurimbo rwateye ibibazo bitandukanye kuko bamwe bibaza ko uwo muririmvyi yoba yakiriye agakiza.Ariko mu nyuma akaba yagiye […]
↧