Uno mwaka Fortran Bigirimana mu biteramo azokorera aha I Burundi azokwerekana umuririmvyi avuga ko azoshika Ku nyota y’abamukurikirana. Ibintu bishasha mu biteramo vya Fortran Bigirimana yitegurira gukorera I Bujumbura bibandanya biboneka Ku bwinshi. Hampande y’abashitsi bashasha bazozanwa na Bigirimana, uwo muririmvyi yamenyesheje Ku rubuga rwa Facebook ko hari umuririmvyi w’umurundi mugenziwe azereka abazoba baje mu […]
↧