Umuruirimvyi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana Fabrice Nzeyimana ngo ariko arategura urukurikirane rukomeye cane, ruzoba rugizwe n’indirimbo zihinyanyuye mu buryo bukomeye, burimwo uburyo bakunze kwita Live hamwe n’uburyo Electronic. Mu kiyago giheruka kubera ku rubuga rwa Facebook rw’uyo muririmvyi, aho yariko agerageza gusobanurira abantu ko umuziki ukozwe mu buryo Electronic n’abantu babizi kandi bamaze gutera […]
↧