Akaririmbo gashasha ka Don Brighter Hadithi ya mama ariko kakozwe mu mwaka wa 2015, kagaruka ku kiyago yagiranye n’umuvyeyi wiwe yabuze haraheze imyaka 17. Hadithi ya mama n’akaririmbo gashasha k’umuririmvyi Don Brighter gaheruka gushirwa ahabona muri ino ndwi twaraye turangije, uwo muririmvyi aganira na Indundi magazine, yamenyesheje ko iyo ndirimbo ivuga ivy’ubuzima bwiwe. Muri ico […]
↧