Ijambo Bwoy rikunze kwumvikana aha iwacu mw’izina ry’inzu y’ubuhinyanyuzi ya Big Fizzo ryateje uruhagarara ngo hamenyekane ico risobanura. Ijambo Bwoy riherekeza riharawemuri The Bwantu Bwoy Ent. inzu y’ubuhinyanyuzi ya Big Fizzo, rirateye uruhagarara ku rubuga ngurukanabumenyi rwa facebook. Gafotozi Jimmy Nzisabira benshi bazi nka Jimmy Nzi ku musi wa mungu igenekerezo rya 20 rusama kuri […]
↧