Hampande ya Kaka Boney yagizwe umukuru w’ishirahamwe ry’abanyabuhinga babarizwa muri Amerika, n’uwundi murwi munini nawo washizweho. Ishirahamwe ry’abanyabuhinga b’abarundi baba mu mahanga bashinze Kaka Boney igikorwa c’ukurongora iryo shirahamwe Ku mugabane wa Amerika. Mu kiyago gito yagiranye na Indundi magazine, twamubajije nimba azogumana ikibanza yahorana mu biro vy’iryo shirahamwe kw’isi, akaba yamenyesheje ko ico kibanza […]
↧