Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Romeo agiye gusubira mu guhinyanyura indirimbo

$
0
0
Ategeje Ku ruhande akazi asanzwe akora, Romeo yamenyesheje ko agiye gusubira kandi guhinyanyura indirimbo, akazokorera muri Zenges Record. Romeo ininahazwe ngo agiye gusubira guhiyanyura umuziki. Ivyo akaba aheruka kubishikiriza Ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Uwo muririmvyi akaba kandi n’umuhinyanyuzi azwi cane kuba yakoreye mu nzu y’ubuhinyanyuzi Ikirimba Arts, ngo ubu agiye gukorera mu nzu y’ubuhinyanyuzi […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles