Romeo agiye gusubira mu guhinyanyura indirimbo
Ategeje Ku ruhande akazi asanzwe akora, Romeo yamenyesheje ko agiye gusubira kandi guhinyanyura indirimbo, akazokorera muri Zenges Record. Romeo ininahazwe ngo agiye gusubira guhiyanyura umuziki. Ivyo...
View Article#Indundi Hits Show| Guest:Fabilove
Mu kiganiro Indundi Hits Show umuririmvyi Fabilove kamirigado umuririmvyi w’umurundi asazwe akora umudiho wa Hip pop na Rap akaba asazwe yamenyekanye cane ku rurimbo “Mwana w’imuhira” na “Prof Tonny”...
View Article#diaspora | Ababirigi bagiye kwumva indirimbo za Semy
Hampande y’indirimbo zo nu majwi, Semy yashize ahabona akaririmbo Da why I say, agasohorera n’amasanamu. Indirimbo 3 n’isanamu rimwe -Da why I say- nivyo bimaze gukorwa n’umuririmvyi Semirindi Jean...
View ArticleHoba hari ikiyago hagati ya Diamond na Zari ngo basubirane
Mu gihe hari haheze amezi ashika kuri 4 umuririmvyi diamond Platnumz na Zari the boss baratandukanye, ngo hoba hari ikiyago gikomeye hagati yabo. Amakuru dukesha Pulse Kenya avuga ko uwo muririmvyi...
View ArticleB Face yagarukanye mu ndirimbo “Free Style” iyindi migani igoye gusigura
B Face inyuma y’imigani ijanye n’ugutandukanya isazi igoye gusubiramwo yaheruka gushikiriza mu karirimbo kiwe, yahavuye asubira kandi gushikiriza iyindi nayo nyene igoye gutangura insiguro mu karirimbo...
View ArticleUmumarayika murinzi kuri “The Queens”ngo n’uwo musore baririmvye
The Queens mu karirimbo kabo “My Angel” babona ko uwo musore ari nk’umumarayika murinzi. Inyuma y’akaririmbo Mshuhurilikie, umurwi w’abigeme babiri “The queens” bashize ahabona akaririmbo My Angel, aho...
View Article#diaspora | Ivyashikiye Umuvyeyi wa King Donny B biriko bikurikiranwa hagufi...
King Donny B aheruka kugira ikibazo, umuvyeyi wiwe agenderwa n’abagizi ba nabi barashe amasasu atari meka aho asanzwe aba, ariko we akaba ari amahoro. Umuvyeyi w’umuririmvyi King Donny B aheruka guhura...
View Article#Indundi hits show Top5 week 26
Mukiganiro indundi hits show c’uno musi ,Natacha arakebura abaririmvyi bagenziwe ko mugihe umuririmvyi asohotse gukorera hanze ururirimbo boza baragerageza bagakorana n’abantu bazwi muri ico gihugu...
View Article#diaspora | Chris D ashobora gusohora akaririmbo gashasha inyuma ya Ramadhan
Akaririmbo gashasha bise “Mabebeza” ngo niko gashobora kuja ahabona inyuma y’ukwezi kweranda kwa Ramadhana aba Musulman barimwo muri kino gihe. Inyuma y’igihe umuririmvyi Chris Dizzo abarizwa muri...
View ArticleBig Fizzo asabwa n’aba fans gusohora ako karirimbo
Big Fizzo asabwa n’aba fans biwe gusohora akandi karirimbo, inyuma ya Ni wewe imaze kurabwa incuro zirenga 110.000 ku rubuga rwa Youtube. Inyuma y’amasanamu y’akaririmbo Ni wewe kamaze amezi 2 gusa...
View ArticleYves Kolly yabwiwe amajambo akomeye n’umukunzi wiwe
Abakurikiranira hagufi ivya Yves Kolly Ku rubuga rwa Facebook nibo babonye ivyo Yves Kolly yabwiwe n’umukunzi wiwe. Yves Kolly yabwiwe amajambo akomeye n’umukunzi wiwe, abicishije Ku rubuga rwa...
View ArticleDudu abakanguriye kurondera urukurikirane rushasha rwa Apollinaire
Dudu Niyukuri Ntiyahishije akanyamuneza afise kubera amajambo yumvikana muri zimwe mu ndirimbo z’urukurikirane “Muri wewe ” rwa Apollinaire Habonimana. Dudu Niyukuri abicishije Ku rubuga rwa Facebook...
View ArticleBig Fizzo yavuze ivyamubayeko atazopfa yibagiye
Naho afise ivyatazopfa yibagiye vyamubayeko muri kahise mu bijanye n’ubuzima bw’umuziki, Big Fizzo avuga ko yatanguye kubona akarusho mu muziki. Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo avuga ko afise...
View ArticleTitus arasigura indirimbo “Wari ikiroroge” n’ico yafatiyeko mu kuyandika
Indwi ibaye iya 2 umuririmvyi Titus mu karirimbo kiwe wari ikiroroge abaye uwa mbere muri Top5 yama isohoka buri ndwi, uwo muririmvyi twashatse kumenya ico avuga kuri iyo ndirimbo. Twashatse kumenya...
View ArticleHagati ya Big Fizzo na Sat-b ngo nta kigenda
Mu gihe bizwi ko abaririmvyi Big Fizzo na Sat-b ata kibazo bafitanye, umwe muribo yamenyesheje ko vyukuri ata kigenda ngo naho bose basiga amavuta umubano wabo. Sat-b mu kiganiro kuri Buja Fm , yabwiye...
View ArticleSat-b aravuga kuvy’ugukorana indirimbo na Diamond
Sat-b ngo ntivyari kwanka ko akorana n’umuririmvyi akomeye muri Tanzania, ariko ngo yashimye gukoresha ubwenge, noneho ngo aronke uko ejo azokorana n’uwundi. Ugukorana indirimbo n’abaririmvyi...
View ArticleHappy Famba yashize ahabona indirimbo Hello n’amasanamu yayo
Akaririmbo Hello n’amasanmu yako, niyo yaje gusimbura ay’akaririmbo My Time yaheruka gusohora haraheze amezi 4 gusa. Inyuma y’akaririmbo My Time kasohotse haraheze amezi ane, umuririmvyi Happy Famba...
View ArticleIvyiza Fortran Bigirimana azanye mu biteramo aha iwacu ngo si bike
Ivyiza vyokwiterwa mu biteramo vya Fortran aha Iwacu ngo ni vyinshi gose. Uwo mwanditsi w’urukurikirane “Indescriptible” akaba yabishikirije aho yashika ku kibuga c’indege ca Bujumbura. Hampande...
View Article