Ivy’indirimbo nshasha Natacha ashobora kuba ariko arakorera muri Congo biracagoye kwemeza. Igikorwa gishasha gishobora kuboneka mu misi ya Vuba, ariko ngo biracari igipfungu. Ayo akaba ari amakuru cukesha bamwe mu begereye umuririmvyikazi Natacha. Urwo rukurukuru ko indirimbo hagati ya Natacha n’umuririmvyi w’umunyecongo akomeye ishobora kuba igira iboneke yatanguye gukwirakwizwa kuva aho uwo muririmvyikazi afatiye urugendo […]
↧