Inyuma y’uturirimbo Impamvu na Hitamwo, B Face ngo agiye gushira ahabona amasanamu y’akaririmbo Free Style kuri uyu wa 5. Mu gihe ata masanamu y’indirimbo yiwe yaheruka gushirwa ahabona, umuririmvyi B Face yamenyesheje ko ku musi wa gatanu igikorwa gishasha ngo buca gishirwa ahabona. Uwo musore asanzwe akora umudiho wa Hip Hop, akoresheje urubuga rwa Facebook, […]
↧