Kijanya yashize ahabona akaririmbo Been Callin, inyuma y’ugucura intimba muri Nta cica nirungu. Inyuma y’akaririmbo Nta cica nk’irungu, umuririmvyi Kijanya yari yamenyesheje ku musi w’ejo ko akandi karirimbo gashasha kashirwa ahabona, ako nako s’akandi n’akaririmbo yise “Been Callin”. Ivyo yari yemeye yahavuye abishitsa, ako karirimbo gashirwa ku rubuga rwa Youtube kuri uyu wa 22 rusama […]
↧