Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Miss Erica yavuze ku kwinjira kwiwe muri Top20 ya indundi

$
0
0
Miss Erica ati n’iteka kuba indirimbo yanje yatowe muri Top20, Aho agasaba aba fans biwe kumishigikira. Mu kiganiro gito yagiranye na Indundi Magazine, yasavye abarundi gukunda ivyabo, ngo bize bikunde abaririmvyi babo nabo ngo bazobobe gutahukana Ubushimwe bukomeye. Iyo ndirimbo ya Miss Erica yatowe muri Top20 ikaba ari Mon Amour aheruka gushira ahabona. Miss Erica […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles