Diamond Platnumz agiye gushiraho isabukuru rizokwama riba buri mwaka yise Wasafi Festival. Diamond Platnumz muri kino gihe aharurwa mu barwizatunga bakomeye muri Tanzania, badatinya gukora igikorwa na kimwe babona ko cobazanira inyungu. Uwo muririmvyi akaba aheruka kumenyesha ko agiye gutanguza muri uno mwaka isabukuru yise Wasafi Festival. Nkuko amakuru dukesha Bongo5 abimenyesha, uwo muririmvyi akaba […]
↧