Amasanamu y’akaririmbo “Sabwe” ka Masterland ngo mu misi ya Vuba buca ashirwa ahabona. Ivyo vyashikirijwe na Masterland ubwiwe Ku rubuga rwa Facebook kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 16/5. Akoresheje isanamu arikumwe n’abigeme basa n’abagize umurwi uririmba, kubera umwambaro bari bambaye, nawe nyene hagati, Masterland yasavye abakunzi biwe gusangiza iyo nkuru abandi. Ariko ntiyadomako urutoke […]
↧