Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi Weekl Music | Top5 Week 17

1. Nkunda Ngukunde By Chonge X Arnovic | Downloads(1071) |   2.Kweti Kweti by Frank Duniano Ft Sat B |  Downloads(1811) | 3.Daddy Face – Nitampata Wapi | Downloads(1836) | 4. Hitamwo By B Face |...

View Article


Sat-b asigaye yakira abantu bavuye ku kibuga c’indege ca Bujumbura

Sat-b n’akanyamuneza kenshi, yamenyesheje ku rubuga rwiwe rwa Facebook ko asigaye yakira abantu bavuye ku kibuga c’indege  ca Bujumbura. Ivyari indoto kuri bamwe, uno musi kuri Sat-b vyabaye ingiro....

View Article


Hope aravuga ivy’umurwi 3 hills arimwo bavuga ko wasambutse

Hope Irakoze aremeza ko umurwi arimwo 3 Hills utasambutse ahubwo ukora ugutandukanye nuko iyindi miwi ikora. Mu gihe umuririmvyi Hope Irakoze aheruka ushira aabona karirimbo kiwe gashasha, umurwi...

View Article

Spok’s abandanya kwakira ubutumwa bw’ukumukeza ku mbuga zitandukanye

Spok’s abandanya akezwa n’abantu batandukanye ku msanamu y’akaririmbo ndakumbuye iwacu aheruka gushira ahabona. Mu gihe akaririmbo Ndakumbuye iwacu kamaze imisi mikeya gasohotse, ku rubuga rwa...

View Article

T Max yahambije Big Fizzo na Sat-b

T Max n’akaririmbo kiwe bakoranye na mugenziwe Nay Wa Mitego, binjiye mu gitigiri c’indirimbo n’abaririmvyi barabwa cane ku rubuga rwa Youtube mu mwanya muto. Mu gihe Big Fizzo na Sat-b aribo barwanira...

View Article


#diaspora | Imbere y’ugukorana na The Ben, Aimé yasohoye “Ndi uwawe”

Aime M yashize ahabona akaririmbo kiwe gashasha yise “Ndi uwawe”, ako kakaba kashizwe ahaboa kuri uyu wa 26 ndamukiza. Mu gihe Mugabonihera yaheruka gushira ahabona akaririmo haraheze amezi arenga 4,...

View Article

Ivya Double jay n’indirimbo yakoreye muri Ikoh vyakomeye

Uturirimboo 2 twa Double jay bivurwa ko twakorewe muri Ikoh twashizwe ahabona, utwo ngo twasohotse ata ruhusha Ikoh yatanze. Inyuma y’igihe umuririmvyi Double Jay ata gishasha ciwe gishirwa ahabona,...

View Article

#diaspora | Kadja Nin yavuze ivy’ukuzoririmba mu mudiho wa Rap

Kadja Nin umudiho ashobora gusubira kuririmbamwo ata gihindutse ngo ni Rap, kandi abarundi ngo bamwitege igihe nicagera azosubira abaririmbire. Mu gihe Jeanine azwi nka Kadja nin aheruka gutorwa ngo...

View Article


#Indundi Music|Ingo by Bdi-G The Future

  217 total views, 0 views today

View Article


Kingorongoro ashobora kuba yakorana na Baraka The Prince indirimbo

Ibikorwa Kingorongoro arimwo mu gihugu kibanyi ca Tanzania vyatanguye kuja ahabona, ubu akaba ashobora kuba amaze gukorana na Baraka The Prince. Mu gihe abarizwa muri kino gihe mu gihugu kibanyi ca...

View Article

#diaspora | Inarunyonga ubu ngo yikundira abana bato gusa

Mu gihe yaheruka gushikiriza ku rubuga rwiwe rwa Facebook ko uwagiriye umusi mukuru w’isabukuru muri Afrik atowugirira muri Amerika, uwo muvyeyi wa Clarke yahavuye agira ikindi ashikiriza kuri urwo...

View Article

Black G aratanga umuco ku bivurwa ko yakomeretse ahowe umukobwa

Havuzwe ibitari bike ku gukomereka, akava amaraso menshi vyabaye ku muririmvyi Black g, ariko nawe atanga insiguro zindi zitandukanye n’ivyabandi bavuze. Abavuga ko Black G ikibazo yagize ukuboko...

View Article

Harmonize yagirijwe gutera inda umuririmvyikazi w’umunyakenya

Bugingo ivya Harmonise n’umukunzi wiwe bisa n’ivyarangiye, uwo muririmvyi yatanguye kwagirizwa amada y’abandi bakobwa. Mu gihe umuririmvyi Harmonizer aheruka gutandukana n’umukunzi wiwe w’umuzungukazi...

View Article


Ivya Chameleon na Diamond vyatoye umuti

Chameleon yemeye gukorana na Diamond indirimbo kubera igitsure c’aba fans biwe, naho bahora badacana uwaka. Ubucuti hagati ya Diamond na Chameleon ngo bwahora butifashe neza na gato, ariko ubu amakuru...

View Article

Kingorongoro afise umugambi wo gukorana n’abatari bake muri Tanzania

Baraka The Prince siwe wenyene azokorana na Kingorongoro indirimbo, ariko n’abandi bari inyuma. Hampande y’indirimbo ngo yakoranye na Barack the Prince, umuririmvyui Kingorongoro avuga ko hari n’izindi...

View Article


Riziki ariko akora urukurikirane rw’indirimbo zizosohoka buke buke

  Riziki ariko akora amasanamu y’imwe mu ndirimbo zizoba zigize urukurikirane rwiwe rushasha. Urukurikirane rw’indirimbo 10 ruriko rurahinyanyurwa, urwo narwo rukaba ar’urw’umuririmvyikazi Riziki...

View Article

#indundi Music|One Day By Desire-P

11,013 total views, 0 views today

View Article


#diaspora | Chonge yatanguye kubona ico gukora cane bitanga

Inyuma y’ukumara hafi indwi 3 ari iya 1 muri top5 ya Indundi Magazine, Nkunda ngukunde yamuhesheje kuba umuririmvyi w’ukwezi. Mu gihe aheruka kuba umuririmvyi w’ukwezi Ku rubuga indundi magazine,...

View Article

Mu masengesho ya Ashley diva havuyemwo umusore

Umusore yabonetse Ku rubuga rwa Facebook rwa Ashley Diva arikumwe nawe nyene kwi foto, ngo niwe yavuye mu masengesho ya Diva. Ashley Diva yashize ahabona uwo avuga ko Imana yamuhaye aho yasenga. Inyuma...

View Article

Best Life kuri stage imwe n’ibihangange Bebe Cool na Sheebbah

Best Life, Bebe Cool, Queen Sheebbah, Enock Bella n’abandi batandukanye bagiye guhurira mu giteramo gikomeye I Bugande. Aho bukera, ivyari birindiriwe buca bishika, mu gihe ataco hinduka. Umurwi Best...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live