Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Lady Jaydee ntaco aravuga kuri Instagram ku muzo wiwe i Bujumbura

$
0
0
Naho yitezwe i Bujumbura, umuririmvyikazi Lady Jaydee ntaco arabwira aba fans biwe ku mbuga ngurukanabumenyi akoresha ku bijanye n’ico giteramo. Umuririmvyikazi Lady Jaydee aritezwe i Bujumbura ku musi w’i Laidi. Ivyo bikaba biboneka ku rupapuro ndangagiteramo rumaze gushirwa ahabona. Urwo rupapuro rukaba rwerekana ko azokorera ico giteramo ahitw Lacosta beach mu gisagara ca Bujumbura. Naho […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles