Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Zari yagarutse Ku buzima yagiranye na Diamond

$
0
0
Urukundo zari yakunze uwahoze ari umukunzi wiwe, Diamond Platnumz, ngo ntawe yaruhishije. Ariko akagaye kamaze kwaka indaro yahisemwo gukinjura. Uwahoze ari umukunzi wa Diamond akaba na mama w”abana biwe, yagarutse cane Ku buzima yabanyemwo na Diamond Platnumz. Mu kiyago yagiranye na Kiss FM yo mu gihugu ca Kenya, yavuze ko abantu batari bake babonye ko […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles