kidum yoba agiye kwerekeza I Kigali
Kidum yoba yatumiwe ubigira kabiri mu giteramo ngarukamwaka Rwanda Kigali konnect basanzwe bakorera I Kigali. Naho bikigoye kwemeza, Nimbona Jean Pierre Kidum ngo yoba agiye kwerekeza mu gihugu...
View ArticleDiamond yashize ahabona umunyakenyakazi basigaye bakundana
Umukobwa w’umunyaKenya afise n’akabira k’ubitariyano, Tanasha, ngo niwe asigaye ari mu rukundo na Diamond platnumz. Mu gihe vyavurwa ko Diamond yoba asigaye ari mu rukundo n’umwigeme w’umunya Kenya,...
View ArticleDudu Niyukuri agarutse na Mu Maraso yawe
Mu maraso yawe niko karirimbo kagiye gukurikira Mpa Ku mazi kamaze kurabwa incuro zitari nke Ku rubuga rwa YouTube. Inyuma ya MPA Ku mazi yaheruka gusohoka haraheze amezi 3, Dudu Niyukuri ngo buca...
View ArticleHumvikanye akaririmbo BigFizzo yakoranye na Kirikou na Double jay
Inyuma y’akaririmbo Fye kariko kavurwako ibitari bike, birimwo n’uko yoba yagakoze yisunze ivyiyumviro akuye mu zindi ndirimbo nka “Inyuguti ya R” ya Riderman, Bantu Bwoy bashize ahabona akandi...
View ArticleSat-b ngo yoba ariwe ariko yiba indirimbo za Big Fizzo
Naho atavyemezo yerekanye, Elly’s boy we avuga ko Sat-b ari mu bivye indirimbo za Big Fizzo. Ariko akamubwira ko bizomutekurukana vyanka bikunde. Elly’s atunga urutoke Sat-b ko yoba ariwe ariko yiba...
View ArticleKenya | Basigaye bakoresha udukingirizo twakoze babanje kutumesa
Kubera ibura ry’udukingirizo kamwe mu duce Kenya ihanako urubibe na Ethiopie, abaho ngo basigaye bakoresha udukingiro twakoze ariko babanje kumesa. Agace itwa Sambura kakaba gateye imbere kuko kakira...
View ArticleKebby boy ngo yarabizi ko abakunzi b’ibikorwa vyiwe bari bamunyotewe gose
Kebby yashimiwe n’abatari bake bari bagize igihe bamunyotewe kubera ukubura kw’uturirimbo twiwe muri ino misi. Akaba yaragize igihe asa n’uwuri mu gacerere gakomeye. Abo bakaba bashimye mu gihe aheruka...
View ArticleAbakunzi ba R Flow ngo bagume biteguye
R Flow yavuze ko hari akaganuke afitiye abakunzi b’ibikorwa vyiwe, ariko ntiyabashije gushikiriza ryari kazoshirwa ahabona canke uko kazoba kameze. Inyuma y’uturirimbo ariko arumvikanamwo akorana...
View ArticleMutama Gerard yakoze igiteramo gitangurira uruhererekane rwavyo azokorera I...
Isaha imwe n’inusu y’ijoro, niho umuririmvyi w’umuhumure Ndikubwayo Gerard yatangura kuririmba indirimbo ya mbere mu giteramo citiriwe Agashitsi ka Kera cabereye muri Oasis of Peace mu gisagara Kigali....
View ArticleDiamond yarondereye umutekano umukunzi wiw mushasha, Tanasha
Kugira amukungire, Diamond yarondereye umukunzi wiwe mushasha, uwumurindira umutekano. Tanasha umumenyeshamakuru mu gihugu ca Kenya, akaba kandi umukunzi mushasha wa Diamond Platnumz aheruka kuboneka...
View ArticleZimwe mu ndirimbo zagize ico ziha Emelance yazandikiwe na inakuru
N’akababaro kenshi, Emelance arababazwa kuba inakuru yasezeye isi atabonye ico indirimbo yamwandikiye zamumariye. Indirimbo Yambogorera ngo niyo Emelance emmy akunda gusumba izindi ndirimbo yaririmvye,...
View ArticleCypro Light arahakana amasanamu y’umwigeme ari gusa yagirizwa
Naho ata vyemezo bafise, abatari bake bagiizaCypro Light kuriha umwigeme yabonetse atamba indirimbo yiwe ari gusa, kumuha amafaranga ngo abikore. Mu gihe hari hagize igihe hariko hakwirakwizwa hirya no...
View ArticleMt number one avuga kw’itegurwa ry’ibiteramo azunguruka Uburundi
Mt Number one avuga ko akiri mu myiteguro kugira atangure gukora ibiteramo hano iwacu, naho muri leta zunze ubumwe za amerika ho adasiba kubikora. Mu gihe asanzwe akorera ibikorwa vyiwe bitandukanye...
View ArticlePreeze yavuze kw’ibura ry’amasanamu yari yemeye
Naho atamenyesheje ryari kazobonekera,Preeze yasavye imbabazi kuba katabonekeye igihe, ariko akavuga ko ari ukugira hashirwe ahabona igikorwa kimeze neza. Mu gihe yari yamenyesheje ko azoshira ahabona...
View ArticleSat-b yumvikanye avuga ku bamutunga urutoke ko ahangara abakomeye
Sat-b yumvikanye mu karirimbo aho agaruka ku bamutunga urutoke ko asigaye ahangara abakomeye, ako kakaba ari kamwe muri 3 twashizwe ahabona uno musi turi kw’izina ryiwe. Mu gihe yarashize ahabona...
View ArticleS’aba Manager, abanyamanyanga n’abaririmvyi
Ugushirwa mu buzima burengeye ubwo yahoramwo ngo ni bimwe mu bituma abo baririmvyi badaheza ngo bahuze n’abanyamitahe baba bashaka gushira amafaranga mu muziki wabo. Abaririmvyi ngo nibo bafise...
View ArticleMt Number one I Bujumbura ntiyicaye naho ataco avuga
Mt Number one ntaco arashikiriza ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko ibimenyetso vyo bibandanya vyerekana ko aticaye I Bujumbura, ahubwo ibikorwa biramurembeje. Naho ataco arashikiriza kiboneka,...
View Article