Mt Number one ntaco arashikiriza ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko ibimenyetso vyo bibandanya vyerekana ko aticaye I Bujumbura, ahubwo ibikorwa biramurembeje. Naho ataco arashikiriza kiboneka, ibimenyetso vyo vy’uko hari indirimbo nshasha yimirije gushirwa ahabona bibandanya biboneka ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha, Uwo tuvuga ni Mt Number one muri kino gihe abarizwa I Bujumbura. Uwo muririmvyi akaba […]
↧