Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

S’aba Manager, abanyamanyanga n’abaririmvyi

$
0
0
Ugushirwa mu buzima burengeye ubwo yahoramwo ngo ni bimwe mu bituma abo baririmvyi badaheza ngo bahuze n’abanyamitahe baba bashaka gushira amafaranga mu muziki wabo. Abaririmvyi ngo nibo bafise ikibazo, ivyo bikaba bishikirizwa na Big Ibbra mu kiganiro yagiranye na BeTv ku ruhara rw’itandukana ry’abaririmvyi na management ziba zibashizeko amaboko. Uwo akavuga ko mu gihe hatanguye […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles