Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Inyuma ya Shata, Natacha asohoye Kuja

Inyuma y’ukuvuga ko hari indirimbo zitari nke yamaze guheza gukora ziirindiriye gusohoka, natacha yasohoye iyindi ije ikurikira Shata yarabwa n’abatari bake kuri Youtube yiwe. Natacha ngendabanka...

View Article


Diamond Platnumz yavuze igituma bakunda abakobwa b’abanya Kenya

Diamond Platnumz ntadeha ko abanya Tanzania bakunda abakobwa b’abanyakenya, aho yari muri Wasafi Festival akaba yahavuye avuga igituma babakunda. Mu gihe yari mw’isabukuru rya Wasafi Festival, Diamond...

View Article


M.lee – Captain blu -The African Chimchim (official video)

View Article

T&T Video Music Playlist

View Article

Olza Boy – My Tattoo (Official Video)

View Article


Ivy’ubugeni bwa Diamond vyahindutse, hasubiye kwinjiramwo Zari

Ukugira ubugeni na Zarinah Hassan azwi cane nka Zari the boss lady ngo nivyo vyoba ngirakamaro gusumba kugenda kurondera uwundi mukobwa yomukurikira kubera ubu star bwiwe. Diamond Platnmz ngo vyoba...

View Article

#Indundi Music|Nzobikora By Masterland

View Article

Bashiki Bacu -Official Video-Overdo Team Forever

View Article


#Indundi Tv| Sat B,Vichou,Franck G80,indundi Top secret

View Article


Inyuma y’iyakwije 100,000 kuri Youtube, Double Jay azanye iyindi

Inyuma y’iyakwije y’iyiheruka gukwiza Views zirenga 100,000 mu mezi makeya imaze isohotse, Double jay avuga ko mu misi ya Vuba buca ashira ahabona akandi karirimbo gashasha. Ako karirimbo akaba avuga...

View Article

#indundi Weekly Music | Top5 Week 3

1. Sat-b – Karabarya  2. Lolilo – Guitar  3. Rally Joe – No Stress 4. Nzobikora by Masterland 5. Kuja by Natacha  

View Article

Diamond yarahiye ararengwa ko atazomuca inyuma

Diamond ngo yahindutse ivy’ugucana inyuma ntagisubira, ubu agiye gukunda umwigeme Tanasha wenyene. Diamond aremeza ku mugaragaro ko ivy’ugucana inyuma ngo agiye kubihagarika, ico nico yabwiye umwigeme...

View Article

Hamissa Mobeto yagirijwe kwiba umugabo w’abandi

Hamissa Mobeto yagirizwa kuba umugabo w’abandi, nayo we akaba yahavuye amwerekana nk’umukunzi wiwe mushasha inyuma y’igihe yaramunyegeje. Inyuma y’ugutandukana na Diamond, naho bagendanye mu kinyegero,...

View Article


B Face yita Dogo nyina amuvyara

Kwita Dogo B face ngo n’ibisanzwe kuko we n’abandi bitana uko, s’abo gusa kuko ngo na nyina amuvyara nawe nyene amwita Dogo. Mu gihe agize igihe atumvikana n’abaririmvyi batari bake, B Face yavuze ko...

View Article

Babbi yajije igihe azoshira ahabona akandi karirimbo

Inyuma y’uturirimbo nka Kikomando, By your Side na Mbwira duheruka gushirwa ahabona twakunzwe n’abatari bake, Babbi avuga ko hari akandi karirimbo gashasha kari inyuma, kari mu gusohoka. Ako karirimbo...

View Article


Black G yerekeje muri LEC, ahahoze Sat-b

Black G yashizwe musi y’uburongozi bwa LEC, ubwo bwahoze busahiriza Sat-b , ariko bakaba basezeranye batamaze kabiri. Inyuma y’ukumara igihe asa n’uwuri mu gacerere, Black G , hakanasohoka akaririmbo...

View Article

Ivy’ubugeni bwa Diamond vyahindutse, hasubiye kwinjiramwo Zari

Ukugira ubugeni na Zarinah Hassan azwi cane nka Zari the boss lady ngo nivyo vyoba ngirakamaro gusumba kugenda kurondera uwundi mukobwa yomukurikira kubera ubu star bwiwe. Diamond Platnmz ngo vyoba...

View Article


300,000 Masterland azoha uwa 1 bizorya uwukoze

Hampande y’ukurabwa n’abatari bake ku rubuga rwiwe rwa Youtube, indirimbo Nzobikora yakorewe Challenges yatumye imirwi itari mike y’abatamvyi basidukana niyonka mu kuyitamba. Ibihumbi 300 vyo mu kwezi...

View Article

Rihanna arahangayikishijwe n’ibiriko bishikira Chris brown

Mu gihe Brown aheruka kurekurwa i Paris, Rihanna nawe ngo arahangayikishijwe n’iiriko biramushikira kubera ukutabona kure kwiwe. Rihanna ngo yoba ahangayikishijwe n’uburyo uwahoze ari umukunzi wiwe...

View Article

Wanda boy ngo asumvya ubwenge umushingwamanza wa Sat b

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live