Kugira amukungire, Diamond yarondereye umukunzi wiwe mushasha, uwumurindira umutekano. Tanasha umumenyeshamakuru mu gihugu ca Kenya, akaba kandi umukunzi mushasha wa Diamond Platnumz aheruka kuboneka afise uwumucungera ubuzima, kandi atawe yahorana. Amakuru dukesha Nairobie News akavuga ko uwo mumenyeshamakuru w’umunya Kenya afise kandi n’akabira k’ubutaliyano, ngo yaronderewe na Diamond Paltnumz uwo mugabo amurindira umutekano. Uwo mwigeme […]
↧