Isaha imwe n’inusu y’ijoro, niho umuririmvyi w’umuhumure Ndikubwayo Gerard yatangura kuririmba indirimbo ya mbere mu giteramo citiriwe Agashitsi ka Kera cabereye muri Oasis of Peace mu gisagara Kigali. Akaba yabanje kuririmba umwanya ungana n’iminota 30 imbere Yuko baja mu karuhuko kamaze iminota 10, ako kanya kahavuye gatambamwo abana bato bari mu mahugurwa yo mu buruhuko […]
↧